One Heart Family

Call Contact the place of worship

One Heart Family Actes 2:42-47

Mbega hari ikintu kidashobokera Uhoraho? Aho nzogarukira igihe nkʼiki umwaka uza, Sara azoba afise umwana wʼumuhungu.Ita...
21/10/2026

Mbega hari ikintu kidashobokera Uhoraho? Aho nzogarukira igihe nkʼiki umwaka uza, Sara azoba afise umwana wʼumuhungu.
Itanguriro 18:14

Impamvu dusenga nuko twizerak atakitashobokera uhoraho.
Birashoboka ko bakubwiye kobitakunda, abo n’abantu Imana iriko irakubaza ati
« hari ikintu kitayishobokera? »🤔

📌Kubwivyo twabateguriye umwanya mwiza w’itiriwe

❤️‍🔥 *4 HOURS OF PRAYER NON STOP OVERNIGHT* 🙇🏾‍♀️

📍 Kikazobera kuri « Transworld Radio( Rohero. Av. Jr « near mess des officiers ») »

🕙 kikazotangura isaha 4 z’ijoro

📅 Le 22/10/2026

🖇️ P.s: Tuzoze twiteze.

04/10/2026
✍️UBWIZA BW’UMUTIMA UHIMBAZA ✍️🚨🚨🚨🚨Arikw igihe kiza, kandi kirash*tse, ni ho abasenga b’ukuri bazosengera Data mu mpwemu...
29/09/2026

✍️UBWIZA BW’UMUTIMA UHIMBAZA ✍️

🚨🚨🚨🚨Arikw igihe kiza, kandi kirash*tse, ni ho abasenga b’ukuri bazosengera Data mu mpwemu no mu kuri, kuko Data arondera abamusenga bameze bartyo.
Yohana 4:23

present
#5 ÉDITION
📆📍Dim le 04/10/026
⌚📍15 H 30 MIN

🔥 CIBITOKE SHN CIBITOKE 🔥⚽⚽EWE CIBITOKE URAHIRIWE 🚨🚨EGO NIVYO TWARABONYE KANDI TWARUMVISE KANDI TWARARYOHEWE TWARISHUWE ...
23/09/2026

🔥 CIBITOKE SHN CIBITOKE 🔥

⚽⚽EWE CIBITOKE URAHIRIWE 🚨🚨

EGO NIVYO TWARABONYE KANDI TWARUMVISE KANDI TWARARYOHEWE TWARISHUWE KANDI VYOSE VYARI MUBWIZA BWINSHI ‼️‼️‼️‼️‼️ARIKO IMANA NTIRAHEZANYA NATWE EHE UBUNDI BWIZA BUREMEREYE BURAJE VUBA🚨🚨🚨🚨🚨🚨🚨🚨🚨🚨🚨🚨🚨🚨

EHE NGAHO 5 ÈME ÉDITION IRAJE VUBA ICUSABWA NUKWITEGA KUKO IMANA YOYO IRITEGUYE KUBWACU

🚨🚨UBWIZA BW’UMUTIMA UHIMBAZA 🚨🚨🚨

Le jour tant attendu 🥳🔥📍 URC à 16h 📌 On sera en Live sur :
20/09/2026

Le jour tant attendu 🥳🔥

📍 URC à 16h

📌 On sera en Live sur :


16/09/2026

7 DAYS LEFT🥳🥳🥳🥳🥳Le 20Septembre! 🔥 One Heart Family! ❤️ UBWIZA BW’UMUTIMA UHIMBAZA  uzoba uhari ??!!!!!!!!!!!!!!!!
14/09/2026

7 DAYS LEFT🥳🥳🥳🥳🥳
Le 20Septembre! 🔥 One Heart Family! ❤️ UBWIZA BW’UMUTIMA UHIMBAZA uzoba uhari ??!!!!!!!!!!!!!!!!


🎼Get ready to lift your voice!!!🥳We are so excited to welcome [UNSTOPPABLE WORSHIP TEAM]🤩 to lead us in a powerful time ...
14/09/2026

🎼Get ready to lift your voice!!!🥳
We are so excited to welcome [UNSTOPPABLE WORSHIP TEAM]🤩 to lead us in a powerful time of worship and praise. You won’t want to miss this atmosphere! Bring a friend and let’s experience it together🙌

✨🗓️ [Le 20/9/2026]
🕒 [16h] | 📍 Location:[URC]

13/09/2026

Woba witeguye kubona ikintu kidasanzwe? �� Le 20 Septembre… One Heart Family… *‘UBWIZA BW’UMUTIMA UHIMBAZA’.* � Ibisigaye… uzovyibonera mu kibanza! Kaze caneeee��


Address

Bujumbura

Telephone

+25777946184

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when One Heart Family posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Place Of Worship

Send a message to One Heart Family:

Shortcuts

Share