EDCI-Eglise Délivrance Chrétienne Internationale

EDCI-Eglise Délivrance Chrétienne Internationale Église Délivrance Chrétienne Internationale

Dimanche,le 19 Février 2023 :Intambara si iyawe reka Imana ikurwanire.Kuvayo 14:10-14Mu buzima umuntu abamwo ahura n'int...
22/02/2023

Dimanche,le 19 Février 2023
:Intambara si iyawe reka Imana ikurwanire.

Kuvayo 14:10-14

Mu buzima umuntu abamwo ahura n'intambara nyinshi ariko kenshi siwe yirwanira Imana niyo ica inzira ibintu bikagenda neza.
Nawe wizera Imana, mu bigeragezo urimwo(ubukene,inrwara,ugutabwa,guhemukirwa,...) reka Imana ikurwanire kuko :
1.Aho uraba ukabona nta nzira Imana ica inzira.
2.Ivyo ducamwo ntibitume twibagira Imana kuko hari ivyo yaturenganije ubwambere ntihinduka.
3.Niyo duca mu ntambara,biradukomeza.
4.Ni wemera ko ataco ushoboye ubwawe uhamagare Imana,nayo iragutabara.

Pasteur :Josée.
°80

21/02/2023

Vendredi spécial,le 24 Février 2023 à 17h00.
Umugoroba wo guhimbaza no gutazira Imana.
Murahawe ikaze tuzosangire ivyo bihe vyiza.

"Umukiza yaratuvukiye niwe Kristo Umwami"Samedi le 24 n'Umugoroba mwiza wo guhimbaza no gutazira Imana,kubw'ico yakoze "...
21/12/2022

"Umukiza yaratuvukiye niwe Kristo Umwami"
Samedi le 24 n'Umugoroba mwiza wo guhimbaza no gutazira Imana,kubw'ico yakoze
"Réveillon de Noël"
Urahawe ikaze...

°80

Urahawe ikaze tube kumwe mur'ivyo bihe vyiza...
11/09/2022

Urahawe ikaze tube kumwe mur'ivyo bihe vyiza...

Anniversaire de 5 ans de l'Eglise Délivrance chrétienne Internationale.Soyez les bienvenus !
24/06/2022

Anniversaire de 5 ans de l'Eglise Délivrance chrétienne Internationale.

Soyez les bienvenus !

Maz'Uhoraho aravuga ,ati va hasi,umusukekw'amavuta kuko wawundi ar uyo.Vendredi spécial,le 25 Février 2022 à 16h 30min.M...
22/02/2022

Maz'Uhoraho aravuga ,ati va hasi,umusukekw'amavuta kuko wawundi ar uyo.

Vendredi spécial,le 25 Février 2022 à 16h 30min.

Moments de louange et adoration.

:12

17/02/2022


Moments de Louange et Adoration avec notre Pasteure

Dimanche,le 9 janvier 2022 Thème : Ihagararire gusa,Uhoraho niwe agomba akurwanire.Kuvayo 14:10-16Hari intambara wamaze ...
10/01/2022

Dimanche,le 9 janvier 2022



Thème : Ihagararire gusa,Uhoraho niwe agomba akurwanire.

Kuvayo 14:10-16

Hari intambara wamaze imisi urwana ntiwabona inzira,ariko Imana niyo igiye kukurwanira igomba igucire inzira ico bigusaba n'ushire ivyizigiro k'Uhoraho uhange amaso ijuru.

Yesaya 43:2
Wararwaye ntiwapfuye,waraye ubusa ntiwapfuye,...muvyo waciyemwo vyose ntiwapfuye.
N'ubu ugomba ujabuke nk'uko Uhoraho yajabukije ab'isirayeli ikiyaga gitukura maze ingabo z'abanyegiputa zihonera mu kiyaga niko nawe igomba igucire inzira..hanga amaso ijuru.
Ko uri uwatoranijwe ufise intsinzi kubw'Uhoraho.

!

Dimanche,le 2 janvier 2022Thème :Ivyakwiruka inyuma birarangiye.Kuvayo 15:1-6Imana yaciriye inzira ab'isirayeli ibatsind...
02/01/2022

Dimanche,le 2 janvier 2022

Thème :Ivyakwiruka inyuma birarangiye.

Kuvayo 15:1-6

Imana yaciriye inzira ab'isirayeli ibatsindira Farawo n'ingabo ziwe irabatabara.

Hari iminsi utabona aho uja nuko bigiye kugenda,ariko Imana yarakurinze ubona ikiganza cayo yaragutabaye kuko inkomezi zo gutabarwa ziva ku Mana.

Ku musozi karumeli Eliya yarasenze ngo haboneke Imana y'ukuri maze Uhoraho yariyerekanye biciye mu gutibura umuriro. Imana ihabwe icubahiro...

Nawe mwene Data ubona wari wugarijwe n'ibi canke biriya,uko Uhoraho yatabaye ab'isirayeli abe ariko agutabara agucire inzira mu buzima bwawe.

Prédicateur :

Uguhimbaza n'ugutazira Imana...Twibuka ivuka ry'Umwami wacu Yesu Kristu...Ni kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 24 kigar...
21/12/2021

Uguhimbaza n'ugutazira Imana...
Twibuka ivuka ry'Umwami wacu Yesu Kristu...

Ni kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 24 kigarama 2021.
Isaha icenda n'igice z'umugoroba.

Murahawe ikaze dusangire ibihe vyiza vyo gutazira no guhimbaza.
-nyakabiga.

Dimanche,le 26 septembre 2021(Une Croisade organisée par les filles de l'EDCI)Prédicateur :Pasteur ChristellaThème : Ima...
27/09/2021

Dimanche,le 26 septembre 2021(Une Croisade organisée par les filles de l'EDCI)

Prédicateur :Pasteur Christella

Thème : Imana s'umuntu ngo ibeshe!

Guharura 23:19
Umuntu agusezeraniye ashobora guhinduka ntash*tse iryo sezerano,
Ariko mw'ijuru hari Imana iseranye ish*tsa ico yavuze,kandi ikorera ku mwanya wayo....

Abigeme bo muri EDCI barateguye igikorane c'ubutumwa bwiza,guhimbaza no gutazira Imana.Jeudi,le 23 septembre na Dimanche...
18/09/2021

Abigeme bo muri EDCI barateguye igikorane c'ubutumwa bwiza,guhimbaza no gutazira Imana.

Jeudi,le 23 septembre na Dimanche,le 26 septembre 2021.
Muratumiwe mur'uwo mwanya mwiza.

Address

Nyakabiga Avenue Muyinga Nume 80
Bujumbura

Opening Hours

Wednesday 09:00 - 17:00
Friday 17:00 - 19:00
Sunday 09:00 - 12:00

Telephone

+25761321044

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when EDCI-Eglise Délivrance Chrétienne Internationale posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share