Shekia Revival Church

Shekia Revival Church Shekia Revival Church c'est une Pépinière des Ouvriers des temps de la fin

Gahunda udakwiye gusibamwoKaze n’abawe
07/09/2026

Gahunda udakwiye gusibamwo
Kaze n’abawe

Karibu dusenge,zanana n’inuti
27/06/2026

Karibu dusenge,zanana n’inuti

Ikaze mu makoraniro yacu ya pentecote
23/05/2026

Ikaze mu makoraniro yacu ya pentecote

Yewe yewe yewe!Ingo uhure n'imbaraga zibohoraEphata program Imana iraza gukora igitangaza muri izi ndwi 4
24/02/2026

Yewe yewe yewe!
Ingo uhure n'imbaraga zibohora
Ephata program
Imana iraza gukora igitangaza muri izi ndwi 4

Ikaze kubana natwe mu makoraniro yacu yo muri iyindwi
17/02/2026

Ikaze kubana natwe mu makoraniro yacu yo muri iyindwi

Bondimanche a vous tous
15/02/2026

Bondimanche a vous tous

Ng'aka akaryo udakwiye guhusha!Muntumbero yo kurangiza amasengesho y'iminsi m'21 twari tumazemwo iminsi,Ndi n'iteka ryo ...
12/02/2026

Ng'aka akaryo udakwiye guhusha!

Muntumbero yo kurangiza amasengesho y'iminsi m'21 twari tumazemwo iminsi,
Ndi n'iteka ryo kugutumira wewe n'umuryango wawe kuri uyu w'Imana igenekerezo rya 15 Ruhuhuma 2026
Ikibanza:Commune Ntahangwa,Zone Kamenge,Quartier Kavumu hagati y'ibarabara rya kabiri nirya gatatu.Dufatanye naho Zone kamenge ikorera.Uhagaze kwikaburimbi ucubona aho bogereza imodoka ni Salle bifatanye.
Ikaze twakirire imigisha hamwe
Nyandikira nimba uzobana natwe kugira tukwitegurire:+25779633128

Waouh mbega ibihe vyiza vyogusengaNi kuva kuri uyu wambere igenekerezo rya 26 Nzero gushika 15 Ruhuhuma 2026Ingo wifatan...
25/01/2026

Waouh mbega ibihe vyiza vyogusenga
Ni kuva kuri uyu wambere igenekerezo rya 26 Nzero gushika 15 Ruhuhuma 2026
Ingo wifatanye natwe ntuzicuza

Address

Commune Ntahangwa, Zone Kamenge, Quartier Kavumu Entre 2ème Avenue Et 3ème Av
Bujumbura

Telephone

+25779633128

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Shekia Revival Church posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Place Of Worship

Send a message to Shekia Revival Church:

Shortcuts

Share