Motivation plus Media 1

Motivation plus Media 1 né pour promouvoir les talents Burundais au travers des émissions& actualités
(2)

🔥✅ICILOLE niyo ndirimbo nshasha Yumuririmvyi Double Jay..... Umusaza inyuma niyigihe kitari gito aragarutse mukazi fans ...
06/04/2026

🔥✅ICILOLE niyo ndirimbo nshasha Yumuririmvyi Double Jay..... Umusaza inyuma niyigihe kitari gito aragarutse mukazi

fans 🔥✅ Motivation plus Media 1

💍 NTIBIKIRIBANGA: Umuririmvyi B Face yashikanye ivi hasi asaba urukundo umukobwa bagiye kurushinga Motivation plus Media...
06/04/2026

💍 NTIBIKIRIBANGA: Umuririmvyi B Face yashikanye ivi hasi asaba urukundo umukobwa bagiye kurushinga

Motivation plus Media 1

06/03/2026

Abantu bashaka kugiriranira imigenderanire n'aba Ex babo nimuze mutege amatwi Nina Merveille 🔥

fans 🔥✅ Motivation plus Media 1

06/03/2026

Evariste harico mumwagiriza

fans 🔥✅ Motivation plus Media 1

🔥✅Umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye yemezako Uburundi bufise ibitoro bitaratangura kwimbwa! Ivyo yabivuze mu kigan...
06/03/2026

🔥✅Umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye yemezako Uburundi bufise ibitoro bitaratangura kwimbwa!

Ivyo yabivuze mu kiganiro yahaye umumenyeshamakuru Sisi Da Silva aho yagarutse ku buzima bw’igihugu n’imbonakazoza yihaye yo kubona Uburundi budakenye muri 2040, butunze muri 2060.

🎙️Igihambaye cane kidasanzwe, yavuzeko Uburundi bufise itunga ryinshi cane kuva kera riri mw’isi harimwo n’igitoro kiri mu Rumonge no muri !

fans 🔥✅ Motivation plus Media 1

Drama_T agiye gusohora Indirimbo nshasha yitwa IHOLELE ....Aho  uherereye muyiteguriye gute? fans 🔥✅ Motivation plus Med...
06/02/2026

Drama_T agiye gusohora Indirimbo nshasha yitwa IHOLELE ....Aho uherereye muyiteguriye gute?

fans 🔥✅ Motivation plus Media 1

Miss Mugisha Jennifer  fans 🔥✅ Motivation plus Media 1
06/01/2026

Miss Mugisha Jennifer

fans 🔥✅ Motivation plus Media 1

🔥✅Hosianne IRAKOZE Yamenyekanye nka Hosy yaraye ahimbaje isabukuru y’imyaka 30 y’amavuko! fans 🔥 ✅ Motivation plus Media...
06/01/2026

🔥✅Hosianne IRAKOZE Yamenyekanye nka Hosy yaraye ahimbaje isabukuru y’imyaka 30 y’amavuko!

fans 🔥 ✅ Motivation plus Media 1

🔥✅Drama T ahejeje kubipfuriza ukwezi kwiza anabibutsa ko abafitiye igikorwa gishasha muri Ino semaine nyene.... Umuriro ...
06/01/2026

🔥✅Drama T ahejeje kubipfuriza ukwezi kwiza anabibutsa ko abafitiye igikorwa gishasha muri Ino semaine nyene.... Umuriro ugiye kwaka

fans 🔥✅ Motivation plus Media 1

🔥✅Abakunzi ba Film SUWA Mwegere hano, ikibazo kibajijwe n'umwanditsi wayo NSORO  arababajije mubona gute Chanceline amuz...
06/01/2026

🔥✅Abakunzi ba Film SUWA
Mwegere hano, ikibazo kibajijwe n'umwanditsi wayo NSORO arababajije mubona gute Chanceline amuzanye akaza kudadanura ivyadadanye🥱

fans 🔥 ✅ Motivation plus Media 1

Address

Rn1
Paris, TX

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Motivation plus Media 1 posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share