23/06/2022
Sunday service 19 June2022
With Pastor Amos Bizimana
-----------------------@----------------------
Igihe ubona ko hari ibikuruhije canke igihe ubona ko hari ibibazo ntibikenewe kubibwira umuntu numwe ico ukora uza kuri Yesu niwe ashobora kukuruhura
Satani yarakuweko ububasha bwose, ntabubasha agifise kubatazi ivyabaye nicogituma ubona umengo satani ni munini ikintu carigikomeye rwari urupfu
Yesu yarapfuye inyuma yimisi itatu aba arazutse nimba urupfu rutashoboye kugumya Kristo nico gituma nawe rutogushobora
1Tes 4:7, 5:5
Biblia iriko iravuga ijoro n'umurango
Nicogituma ijambo ry'Imana riduhamagarira kugendera m'umuco
Umuco urafise ico usabanura usobanura ko turi abana b'umuco
Umuco uvyara umuco
Umwijima uvyara umwijima
Bavuze ko uri umwana w'Imana bisobanura ko uri ico Imana iri
Bavuze ko uri uwa satani bisobanura ko uri ico satani ari
Adam ataracumura akiri centre y'Imana yagaragaza ivyamwa vyiza
Igihe rero adam yarya kuri ca giti vyasobanura ngo arikukiye nta kiganzwa n'Imana
Gal5:17
Imana numuco nico gituma utazoyitumbera igihe utazoba uri umuco
Imana kubera ari rukundo nico gituma yafashe yica urya muntu wa kera iramwica
Igihe twapfana na Kristo Imana yarabona ko vyabibi vyose twakora bipfuye
Hari abantu bagendera mu mashengero ariko ugasanga mumitima agendana ishari
Ubuzima nimpwemu uko uguma ubika niko bizana ingwara birakura nimba hari ibiba vyarakubabaje nivyiza ko ubirekura
Kandi birazana impatation
Abantu benshi barananigwa gusaba imbabazi
Ubwami twajemwo umuntu asaba imbabazi aba ari umunyabwenge
Imana irashaka rero kugira tugiranire imigenderanire nico gituma bisaba ko urekura peu n'importe naho kiba ari igikomeye
Yesu yabwiye Petero ngo inkoko itarabika gatatu uraza kunyihakana
Yuda we ico yakoze yaciye yiyahura
Ibi wiyuzuza birashobora gutuma udatera imbere
Ivyo dukora nivyo vyerekana Papa wacu uwariwe nimba turi abana b'Imana nivyiza ko tugaragaza ubwo ubuzima
Imana ntisambana, Imana ntiboregwa,
Reka kwemera kwicarana n'abantu
Umunaziri ntashobora kunywa inzoga
Mwisezerano rya Kera Imana yaratoranya
Mwisezerano risha Imana ntitoranya winjiy muri Kristo uca ucika uwatoranijwe
Phil 3:7-8
Kristo niwe acikira inyungu kuruta ivyo jewe nahora mbona vya mbera inyungu nca ndabihagarika ku bwa Kristo
Iyumvire ubuzima Imana yatanze kuba uvuye mu mubiri ubandanya kubaho
Nimba inzoga zaratuma ntashobora kuba uwemerwa n'Imana nca ndazihagarika.
You are Blessed.
✍🏿G.L.M Durban