06/05/2026
iheje kuduha mis Ă jour ikomeye cane muri app studio
Ubu hari uburyo bushasha bwiswe “Use External AI” muri App Studio. Ubu buryo buratuma uwakoreye application ahandi (nka Replit, Cursor, canke Claude Code) ashobora kuyinjiza mu buryo bworoshe muri Pi Network.
Ibi bisigura ko:
✔️ Abahinguzi b’ama apps bashobora gukoresha ubuhinga busanzwe bamenyereye
✔️ Apps zishobora kuba izo ku rwego rwo hejuru kurushiriza
✔️ Guhuza isi ya Web2 na Web3 biriko biroroha
Ni intambwe ikomeye ku guteza imbere ecosystem ya Pi no gutuma iba iy’ukuri kandi ikoreshwa mu buzima bwa misi yose.
👉 Ni akaryo keza ku bahinguzi bose bashaka kwagura ibikorwa vyabo no gushikira isoko rinini rya Pi Network.
fans