Urwaruka Rukijijwe

Urwaruka Rukijijwe Iyi ni page yacu ya Facebook aho inyigisho n' Ubutumwa Bwiza bifasha urwaruka rukijijwe bizohora bica

Lion of Judah Studios is a branch of Lion of Judah Company. It mainly deals with Photography and Videography and it is based in Dzaleka, Dowa. SERVICES WE COVER:

• Photoshoot
• Wedding Ceremonies
• Engagement
• Birthday Parties
•Logos; Graphics & Posters
•Wedding Invitation Cards
•I.Ds & Business Cards

SERVICES COMING SOON

• Passport Photos
•Video Shooting
•Music Production

CONTACT US:

E-mail: [email protected]
Tel/WhatsApp: +265994341922

Imisi irahita vuba kandi urugendo rwacu hano kw' Isi niko turukomeza. Buri muntu muhura mu Buzima bwawe ntubifate nk' ig...
15/03/2024

Imisi irahita vuba kandi urugendo rwacu hano kw' Isi niko turukomeza. Buri muntu muhura mu Buzima bwawe ntubifate nk' igihamana kuko ukwo wifata imbere y' abo muhura gushobora kuguhitiramwo amaherezo yawe.

SI NDI UMUHINGA WO KUBANA N' ABANTU ARIKO NNASANZE IBINTU BITARUTA ABANTU. BIGUKUNDIYE WOCA BUGUFI UKABANA NEZA N' ABANDI UTITAYE KUVYO UFISE CANKE IVYO BABUZE.




+265994883260

19/02/2024
Amahoro y' Imana abane n' abo yaremye bose,  Imigisha yayo ikwire mu bayikorera batiziganya kandi babikunze. Ariko...  I...
28/12/2023

Amahoro y' Imana abane n' abo yaremye bose, Imigisha yayo ikwire mu bayikorera batiziganya kandi babikunze.
Ariko... Ikiruta vyose: Imbabazi zayo zihore kuri abo bose biyumvira ko gukizwa canke gukorera Imana ari ubupfu.

KWUBAHA UHORAHO NIRYO TANGURIRO RY' UBWENGE. KANDI KUVA MU VYAHA NIKWO GUTAHURA UKURI.

Mbipfurije Ivyiza vyose biva ku Mana muri 2024.

22/10/2023

Ivyo ukwiragiza kuri , , etc. bishobora kuba vyica abantu benshi cane nimba koko atari ibibakiza.

HINDUKA

Urahawe ikaze nawe, ncuti
11/09/2023

Urahawe ikaze nawe, ncuti

MINISTÈRE IJAMBO RY' UMUSI - IMPAMBA Y' UKWEZI KWA 08, 2023 Uku kwezi kwa Munani kuze kubabere ukwezi kwo guhaguruka no ...
10/08/2023

MINISTÈRE IJAMBO RY' UMUSI - IMPAMBA Y' UKWEZI KWA 08, 2023

Uku kwezi kwa Munani kuze kubabere ukwezi kwo guhaguruka no gushikama mu nkomezi haba mu buryo bw' Impwemu eka no mu Buryo bw' Umubiri
THEME: HAMA HARIHO IVYIZIGIRO KUBAKIRI BAZIMA BE NO KUBITEZE IMBABAZI Z' UHORAHO ... "YOBU 14 : 7 - 9"

Na Irad NDIHOKUBWAYO
Mwene So Mu Gakiza
WhatsApp: +265994883260

MFASHA GUKWIRAGIZA INO AUDIO Y' UBUTUMWA BWIZA MURI BENE DATA BANDI

MINISTÈRE IJAMBO RY' UMUSI - IMPAMBA Y' UKWEZI KWA 08, 2023Uku kwezi kwa Munani kuze kubabere ukwezi kwo guhaguruka no gushikama mu nkomezi haba mu buryo bw'...

Address

Dowa

Opening Hours

Monday 07:30 - 19:30
Tuesday 07:30 - 19:30
Wednesday 07:30 - 19:30
Thursday 07:30 - 19:30
Friday 07:30 - 19:30
Saturday 07:30 - 19:30
Sunday 11:00 - 19:30

Telephone

+265886577428

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Urwaruka Rukijijwe posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Place Of Worship

Send a message to Urwaruka Rukijijwe:

Share