BL Didier Ministry

BL Didier Ministry Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from BL Didier Ministry, Religious organisation, +254749375210, Nairobi.

01/04/2023
31/03/2023
19/02/2023

Ijambo ryawe ni itara rīmurikira ibirene vyanje, ni umuco umurikira munzira nzanje.
Zaburi 119:105

Mwana w' Imana harahantu Imana yakweretse kuzoshika bisa nkindoto ufise mubuzima bwawe, iciyumviro ugendana ukeneye kubona cambaye umubiri, iyerekwa ufise mubizima rigukura ahuri rikujana aho ukeneye kuba muri kazoza nagomba ndakubwire ko watanguye urugendo rugushikana kwiterembere.

Ariko urugendo gose rurafise ibikoresho bigufasha gushika aho ukeneye gushika nico gituma hari imiduga, amamoto,...
murugendo urimwo Imana yaguhaye Ijambo ryayo nkigikoresho kigufasha kuhashika biciye mukumurikirwa n'umuco waryo munzira zawe.

Bimwe muvyo Ijambo ryayo rikora:

1. Rikugurura amaso yokubona opportunites zo nizitari zo
2. Riguha indero nziza n' ubwenge burashe bwukuri
3. Riguhindura umunyenkomezi muvyukora ,......

Ndakwifurije indwi inziza yukomurikirwa cane n'umuco mwinshi w'Ijambo ryayo nkuko uriko uratera intembwe zigushikana kwiterambere ryawe, reka wongerwe inkomezi zogukora ivyari vyanse namaso yawe yuguruke ubone ivyutariko urabona.

UGIRE INDWI NZIZA NIBIKORWA VYIZA .....Warahezagiwe!

everywhere

Weekend benshi bayifata nkumwanya wokuruhuka abandi bakiyifata kumwanya wokwinezereza ariko akuruhuko vyukuri sibijanye ...
18/02/2023

Weekend benshi bayifata nkumwanya wokuruhuka abandi bakiyifata kumwanya wokwinezereza ariko akuruhuko vyukuri sibijanye nivyumusi canke ibihe ahubwo bijanye nikibanza washizwemwo biciye mukwizera igikorwa Kristo yakoze ku musaraba.

Ndakwifurije kuruhukira mwijambo biciye mubusabane na MPWEMU YERA gushika aho ucika ryo, indwi itangure arukugaragara kwijambo mubuzima bwawe.


FOREVR..@ AGAPE

Address

+254749375210
Nairobi
00100

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when BL Didier Ministry posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share