24/05/2026
SHALOM INTERNATIONAL FAMILY
Amakoraniro yo kuri uyu wa 24Rusama,2026 kumwe n'umuvyeyi wacu Hon. Apostle Solange
Kuvayo 4: 1-3; 10-11
Uko nyene umeze Imana izogukoresha✅
Ntizoza kurondera ivyudafise❌
Kuko mu kukurema yashize ibikenewe vyose muri wewe, ni ikibazo gusa c'umwanya kugira bigaragare
Ikibazo rero hari abantu baba bagomba kwihuta gusumba Imana, bakifuza ko Imana yokwihuta kubakoresha ➡️abenshi rero usanga bagerera kure ,bakaja nomunzira zitari zo
‼️Ukwiye kumenya umugabane Imana yashize muri wewe (ico waremewe), Iy'ubimenye ubaho ufise ivyizigiro
Isengesho: n'uko buri muntu wese yogera ku rwego rwo kumenya ic'Imana yamuremeye kandi uzirikane ko :
UKO UMEZE KOSE ,IC'UFISE COSE IMANA IRASHOBORA KUGIKORESHA KIKAVAMWO IKINTU GIKOMEYE🔥🔥🔥
Fata neza ingabire ufise, abana ufise , bishobora kukuviramwo umugisha nawe ugatangara🥳🥳🥳
-------------------------------------------
Exodus 4:1–3; 10–11
God will use you just the way you are ✅
He will not look for what you do not have ❌
Because when He created you, He already placed everything necessary inside you. It is only a matter of time before it is revealed
The problem is that some people want to move faster than God. They wish for God to use them immediately ➡️ and many end up going too far or even taking the wrong paths
‼️You should know the portion God placed inside you (what you were created for). Once you know it, you live with hope
Prayer :
May every person reach the level of understanding what God created them for, and remember this:
WHATEVER YOU ARE LIKE, AND WHATEVER YOU HAVE, GOD IS ABLE TO USE IT TO BRING FORTH SOMETHING GREAT🔥🔥🔥
Take good care of the gifts you have and the children you have; they may become a blessing that will leave you amazed 🥳🥳🥳
'sEdification
'lFamilyBujumbura