RPEM Informations de contact, plan et itinéraire, formulaire de contact, heures d'ouverture, services, évaluations, photos, vidéos et annonces de RPEM, Nantes.
(3)

Ayo namwe mumashusho yo mumusi wa gatandutu aho twari turi mw 'I tenga kuvuga ubutumwaTurashimiye Imana ku bantu 172 bar...
03/06/2026

Ayo namwe mumashusho yo mumusi wa gatandutu aho twari turi mw 'I tenga kuvuga ubutumwa

Turashimiye Imana ku bantu 172 baronse ingabire y'ubugingo budashira n'abandi 26 bagarutse kuri Kristo biciye mw'ivugabutumwa ryabaye kuri uwo musi.

Muhezagirwe, mushishikare gukomera uri Kristo Yesu

RPEM
Ndizeye Jean Claude
Theïs Guy
Deib Dede Deiri

igihe kirash*tse, ubwami bw'Imana buri hafi: mwihane, mwemere ubutumwa bwiza.  Mariko 1:15 Nuko mumwegere, ari we buye r...
01/06/2026

igihe kirash*tse, ubwami bw'Imana buri hafi: mwihane, mwemere ubutumwa bwiza.
Mariko 1:15

Nuko mumwegere, ari we buye rifise ubugingo, ryagawe n'abantu, ariko ku Mana ryaratoranijwe, riri n'igiciro, mwubakwe nk'amabuye afise ubugingo, kugira ngo mube inzu yo mu buryo bg'impwemu, mugire ibango ry'ubuherezi ryera, ngo mutange ibimazi mu buryo bw' impwemu, bishimwa n'Imana kubwa Yesu Kristo. Kuko mu vyanditswe harimw' aya majambo, : ngo Raba, ndashira i Siyoni
ibuye rigumya imfuruka,
ryatoranijwe, riri n'igiciro,
Kand' uryizera ntazomaramazwa.

Mwame munezererwa mu Mwami wacu imisi yose; ndabivuze ubugira kabiri: ni munezerwe.  Ubugwaneza bganyu bumenywe n'abantu...
30/05/2026

Mwame munezererwa mu Mwami wacu imisi yose; ndabivuze ubugira kabiri: ni munezerwe.
Ubugwaneza bganyu bumenywe n'abantu bose; Umwami wacu ari hafi.
Ab'i Filipi 4:4-5

Uwo mwanya anezererwa cane muri Mpwemu Yera, aravuga, ati Ndaguhimbaza Data, Mwami w'ijuru n'isi, kukw ivyo wabihishije ...
29/05/2026

Uwo mwanya anezererwa cane muri Mpwemu Yera, aravuga, ati Ndaguhimbaza Data, Mwami w'ijuru n'isi, kukw ivyo wabihishije abanyabgenge n'abahanga, ukabihishurira inzoya. Ego me Data, kuko washimye ko biba birtyo imbere yawe.

Luka 10:21

Hosanna celebration 2end Edition concert Indirimbo zo mu gitabo mpimbazamana ( cantique).
28/05/2026

Hosanna celebration 2end Edition concert

Indirimbo zo mu gitabo mpimbazamana ( cantique).

HOSANNA_CELEBRATION
27/05/2026

HOSANNA_CELEBRATION

HOSANNA CELEBRATION CONCERT IS COMING
26/05/2026

HOSANNA CELEBRATION CONCERT

IS COMING

  Aha twari mu nteguro z'itariki 28/06/2026.Hasigaye imisi mike gusa kugira igihe gishike turindiranye igishika cinshi c...
26/05/2026



Aha twari mu nteguro z'itariki 28/06/2026.

Hasigaye imisi mike gusa kugira igihe gishike turindiranye igishika cinshi cane twese.

HOSANNA-CELEBRATION 2è édition turiteguye.Harageze ba uritegura vuba turabazanira affiche iriko vyose
25/05/2026

HOSANNA-CELEBRATION

2è édition turiteguye.

Harageze ba uritegura vuba turabazanira affiche iriko vyose

HOSANNA CELEBRATION Integuro turazirembeje Nawe bimeze gute? Itegure kuzohaba.Tegura itariki 28-06-2026 utumire n'abandi
25/05/2026

HOSANNA CELEBRATION

Integuro turazirembeje
Nawe bimeze gute? Itegure kuzohaba.

Tegura itariki 28-06-2026 utumire n'abandi

Adresse

Nantes

Téléphone

+25761037905

Site Web

Notifications

Soyez le premier à savoir et laissez-nous vous envoyer un courriel lorsque RPEM publie des nouvelles et des promotions. Votre adresse e-mail ne sera pas utilisée à d'autres fins, et vous pouvez vous désabonner à tout moment.

Partager