Ijambo ry'umusi

Ijambo ry'umusi Muzik Gospel of the day Music Gospel ����

Ku munsi Nyakwigendera Pst Theogene Inzahuke azashingurwaho (Kuwa Gatatu)  hatanzweho ikuruhuko, amahirwe ku bakunzi be ...
26/06/2023

Ku munsi Nyakwigendera Pst Theogene Inzahuke azashingurwaho (Kuwa Gatatu) hatanzweho ikuruhuko, amahirwe ku bakunzi be bo mu nzego zose bifuzaga kumuherekeza nta nkomyi

Dukomeze kwihangana!

INKURU Y’AKABABARO💔Pastor Theogene Niyonshuti wamenyekanye anyura imitima ya benshi binyuze mu kubwiriza ijambo ry’Imana...
23/06/2023

INKURU Y’AKABABARO💔
Pastor Theogene Niyonshuti wamenyekanye anyura imitima ya benshi binyuze mu kubwiriza ijambo ry’Imana yitabye Imana azize impanuka.

Uyu mukozi w’Imana benshi bitaga Inzahuke yitabye Imana nyuma yaho akoreye impanuka mu gihugu cya Uganda mu ijoro ryakeye.

Imana imwakire mu bayo😭

🙏
16/06/2023

🙏

Iri jambo rigufashe 👇
03/02/2023

Iri jambo rigufashe 👇

01/02/2023
Ivyingenzi warukwiriye ku menya nibi👇👆
30/01/2023

Ivyingenzi warukwiriye ku menya nibi👇👆

Nuko🙏🛐
25/01/2023

Nuko🙏🛐

Nivyo mubimenye
22/01/2023

Nivyo mubimenye

Twese turaba mubuzima bugoye bukatubabaza        Ariko tukarushanya kwihangana    Nn rer hari Amajambo tuba dukeneye    ...
20/01/2023

Twese turaba mubuzima bugoye bukatubabaza
Ariko tukarushanya kwihangana
Nn rer hari Amajambo tuba dukeneye
adufasha kwihangana
Kuryango tubashe kutababarizwa
muri bwabuzima

Shalom Bene Data  Usome aya majambo kandi uyazirikane Aguhindurire ubuzima, yafashije jewe   Nizera ko nawe ari bugufash...
19/01/2023

Shalom Bene Data
Usome aya majambo kandi uyazirikane
Aguhindurire ubuzima, yafashije jewe
Nizera ko nawe ari bugufashe Amen

Adresse

Nampula
Democratic Republic Of The

Notifications

Soyez le premier à savoir et laissez-nous vous envoyer un courriel lorsque Ijambo ry'umusi publie des nouvelles et des promotions. Votre adresse e-mail ne sera pas utilisée à d'autres fins, et vous pouvez vous désabonner à tout moment.

Contacter Le Lieu De Culte

Envoyer un message à Ijambo ry'umusi:

Partager