Agakiza keza

Agakiza keza Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Agakiza keza, Religious organisation, mugomere, Rumonge.

02/04/2025

Ntugahagarikwe Umutima n'inkozi z'ibibi kandi ntukagirire ishari abakora ivyo kugabitanya

K*ko bazotemwa vuba nkubwatsi, bazokwuma nkuko imboga zitotahaye zuma
Zaburi 37:1,2

Ijambo rya buri munsi
15/08/2024

Ijambo rya buri munsi

07/08/2024
Umurongo wa buri munsi
29/07/2024

Umurongo wa buri munsi

Agakiza Kenza
05/07/2024

Agakiza Kenza


16/06/2024

K*k' umuntu wese yishira hejuru azocishwa bugufi, kand' uwicisha bugufi azoshirwa hejuru.
Luka 14:11

Gira j'aime n'a suivre ndetse n'a partage Kuri iyi page wame uronka ijambo ry'Imana Ku munsi Ku munsiMugire igitondo ciz...
15/06/2024

Gira j'aime n'a suivre ndetse n'a partage Kuri iyi page wame uronka ijambo ry'Imana Ku munsi Ku munsi

Mugire igitondo ciza 🖐️🖐️
keza

14/06/2024

5 Yesu atangura kubabgira, ati Mwirinde ntihagire ubazimiza. 6 Benshi bazoza mw izina ryanje, bati Ndi we; kandi bazozimiza benshi

13/06/2024

11 f Umunyavyaha azobona ibara! Azomererwa nabi, kukw azogererwa ingero y'ivyo amaboko yiwe yakoze.
Yesaya 3 : 11

13/06/2024

Abamwakiriye Bose yabahaye ububasha bwo gucika abana b'Imana

Address

Mugomere
Rumonge

Telephone

+25769615308

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Agakiza keza posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share