Umwana w'ingenzi +257

Umwana w'ingenzi  +257 ⭐️INEZA NTIBORA .🫡
⭐️DUKORE DU SENGA .🧎
[_________________________] I DON'T REGRET BEING HONEST. ✍️ Home sweet 🇧🇮😉

Nkaha umusore akaba arihereje ibikorwa vy'ubugabo 💪🏼Sasa rero yarondera umwana w'umukobwa amwumvisha kamukunda akanana. ...
15/05/2026

Nkaha umusore akaba arihereje ibikorwa vy'ubugabo 💪🏼
Sasa rero yarondera umwana w'umukobwa amwumvisha kamukunda akanana. 😂🤔

NB : bakobwa menyeneza ko ingunguru atakirimwo ivuza urwamo ariko iyuzuyemwo ibintu itavuza urwamo .

Sinzi ko mwantahuye......?? ✍️🤗

Following Umwana w'ingenzi +257 🤲🏼

Hama ngo uruwo muhira ahahantu udahasobanukirwa ..? 🤔🤭 duhurire muri commentair 🎤Follow me 👏🏻
14/05/2026

Hama ngo uruwo muhira ahahantu udahasobanukirwa ..? 🤔🤭 duhurire muri commentair 🎤

Follow me 👏🏻

Kubantu muherutse guca mwibarabara rya Bujumbura et Rumonge ngo bariko barikora kuno canke ni montage  ??Follow me 👏🏻
14/05/2026

Kubantu muherutse guca mwibarabara rya Bujumbura et Rumonge ngo bariko barikora kuno canke ni montage ??

Follow me 👏🏻

13/05/2026
Ivy'Imana bifita imbaraga nyinshi cane Vuga Amen 🙏🏼  nimba uvyemera nawe.
12/05/2026

Ivy'Imana bifita imbaraga nyinshi cane
Vuga Amen 🙏🏼 nimba uvyemera nawe.

12/05/2026

Nimba adamu na eva nabandi benshi bafise amatungo barapfuye nawe urindiriye iki ! Kubana neza n'abantu kugira uzugende impore..?

Follow 👇🏻👇🏻👇🏻👇🏻👇🏻

Bwenge Le comedian

11/05/2026

HELLO 👋 🇧🇮

Korineza wigire kuko isi siyacu 🎤
11/05/2026

Korineza wigire kuko isi siyacu 🎤

🇧🇮 🇹🇿 🇨🇩 🇷🇼 🇰🇪 🇿🇼 🇿🇲 ect....iyi post uyibonye utuyehe ! mwabino bihugu ..? 📹😍
11/05/2026

🇧🇮 🇹🇿 🇨🇩 🇷🇼 🇰🇪 🇿🇼 🇿🇲 ect....iyi post uyibonye utuyehe ! mwabino bihugu ..? 📹😍

Address

Mugomere Home
Ngagara
BUJUMBURA

Telephone

+260952739516

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Umwana w'ingenzi +257 posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share