Buganda SDA Mission

Buganda SDA Mission Imana yaragutoranije kuba umushuzo wo kumurika ijambo ryayo mu Burundi kugeza kw'iherezo. Matayo 28:19-20

Uri urwaruka rw'Ab'Adventiste b'Umusi w'indwi bavuye mubice bitandukanye vy'uburundi bari bakoraniye muri campore muri m...
15/09/2023

Uri urwaruka rw'Ab'Adventiste b'Umusi w'indwi bavuye mubice bitandukanye vy'uburundi bari bakoraniye muri campore muri misiyoni y'uburaruko b'ushira uburengero bw'uburundi.

15/09/2023
DUSHIMIRE CANE INTARA MVUGABUTUMWA YA BUKINANYANA KUNTEGURO NZIZA BAKOZE YO KUGARUKIRA KURUYU MWIZERA MUSHASHA AGENDANA ...
02/10/2022

DUSHIMIRE CANE INTARA MVUGABUTUMWA YA BUKINANYANA KUNTEGURO NZIZA BAKOZE YO KUGARUKIRA KURUYU MWIZERA MUSHASHA AGENDANA UBUMUGA WO KW'ISHAMI RYA RUBIRA MUNTARA MVUGABUTUMWA YA MUSENYI IMANA IHEZAGIRE AHO MWAKUYE. Hari kurino sabato ying nekerezo rya 1/10/2022

IGIKORWA CO GUSHIKANIRA IMANA CATANGUYE MUKONGERA KUBAKA INGORO Y'IMANA YA CANGUGU
20/08/2022

IGIKORWA CO GUSHIKANIRA IMANA CATANGUYE MUKONGERA KUBAKA INGORO Y'IMANA YA CANGUGU

TURI KW'ISHENGERO RYA CANGUGU MUNTUMBERO YO KONGERA GUSANURA INGORO Y'IMANA. Umuyobozi wa misiyoni niwe ariko agaburira ...
20/08/2022

TURI KW'ISHENGERO RYA CANGUGU MUNTUMBERO YO KONGERA GUSANURA INGORO Y'IMANA. Umuyobozi wa misiyoni niwe ariko agaburira ubwoko bw'Imana munteguro y' isaha zitanu ni kuri Rino genekerezo rya 20.8.2022.

23/07/2022

Aha ni muntara mvugabutumwa ya Iaga kw'ishengero rya gihungwe aho abizera b'ishengero rya Magena Rugombo Bari namaze imisi cumi mw'ivugabutumwa.iyi ninteguro y'isaha zitanu kuri genekerezo rya 23/7/2022 itanguye

Ibikorwa birabandanya kuri ya nyubakwa y'uburaro mukigo ca Werner indora. Dushimire vyimazeyo uyu mugiraneza yiyemeje gu...
20/07/2022

Ibikorwa birabandanya kuri ya nyubakwa y'uburaro mukigo ca Werner indora. Dushimire vyimazeyo uyu mugiraneza yiyemeje guterera ibikoresho vyo kugara. Imana imuduhezagirire kugikora ciza yakoze no kubindi yiteguye gukora. Dutumirira nuyundi yogira ico aronka ko imiryango yuguruye.

Aha ni muntara mvugabutumwa ya gihanga kw'ishengero ryo kuntara Tr3 aho Bari mbikorwa vyogusiga izima murusengero. Imana...
20/07/2022

Aha ni muntara mvugabutumwa ya gihanga kw'ishengero ryo kuntara Tr3 aho Bari mbikorwa vyogusiga izima murusengero. Imana ibakomeze

20/07/2022

Aba ni abizera b'untara mvugabutumwa ya ndava aho bariko baduga imisozi Baja mwivugabutumwa muntara mvugabutumwa ya musigati.

Address

Gasenyi 2ème Avenue
Rugombo

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Buganda SDA Mission posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share