Jedidiah Mountain Miracles

Jedidiah Mountain Miracles Kandi muzomenya ukuri, kand' ukuri kuzobaha kwidegemvya

Yohana 8:32

14/04/2026

Imana ihezagira ibikorwa dukorađŸ€Č

Shalom Shalom Dufise umunezero ntangere aho Umuvyeyi w’ishengero JMMC hamwe n’abandi bakozi b’Imana bagiye kwakira Archb...
06/08/2025

Shalom Shalom
Dufise umunezero ntangere aho Umuvyeyi w’ishengero JMMC hamwe n’abandi bakozi b’Imana bagiye kwakira Archbishop Dr Bamwesa from đŸ‡·đŸ‡Œ yaje kubw’ igikorane kidasanzwe kizoba iyi vendredi le 8.9.10 aoĂ»t 2025 murahawe ikaze mwese dusangire ivyiza vy’Imana

Shalom nizere ko muguwe neza Tugiriwe Ubuntu kandi n’Imana vyokuba mubihe vy’Ubwiza turabahaye kaze tuzotangura vendredi...
05/08/2025

Shalom nizere ko muguwe neza
Tugiriwe Ubuntu kandi n’Imana vyokuba mubihe vy’Ubwiza turabahaye kaze tuzotangura vendredi 15h

22/07/2025
15/07/2025


Nuko ni mugende, muhindure amahanga yose abigishwa, mubabatiza mw izina rya Data wa twese n'iry' Umwana n'irya Mpwemu Ye...
14/07/2025

Nuko ni mugende, muhindure amahanga yose abigishwa, mubabatiza mw izina rya Data wa twese n'iry' Umwana n'irya Mpwemu Yera Matayo 28:19

Turashimiye Imana kuba ishengero JMMC ryungutse abandi ba kristo

With Prophet  Ezechiel – I just got recognized as one of their top fans!
08/04/2025

With Prophet Ezechiel – I just got recognized as one of their top fans!

Turabahaye kaze mugikorane kidasanzwe mwateguriwe n'Ishengero JEDIDIAH MOUNTAIN MiRACLES CHURCH ( J.M.M.C ) kikazomara i...
17/03/2025

Turabahaye kaze mugikorane kidasanzwe mwateguriwe n'Ishengero JEDIDIAH MOUNTAIN MiRACLES CHURCH ( J.M.M.C ) kikazomara imisi 7 kuhaba kwanyu n'Umugisha

YA Event 2ùme Édition
18/12/2024

YA Event 2ùme Édition

Vivez en image YA Event 2e ÉditionLe 8 dĂ©cembre 2024
18/12/2024

Vivez en image YA Event 2e Édition
Le 8 décembre 2024

📍 YA EVENT 2ÈME ÉDITION Shalom dushimiye Umuremyi wa vyose kuba atwongeye akandi karyo ko kuba imbere yayo ni le 8 dĂ©cem...
10/11/2024

📍 YA EVENT 2ÈME ÉDITION

Shalom dushimiye Umuremyi wa vyose kuba atwongeye akandi karyo ko kuba imbere yayo ni le 8 décembre 2024 aho tuzoba turi mubwiza bw'Imana karibu mwese

🛑  2Ăšme Édition YA EventWiteguriye gute uwomusi!! Mbega wibaza ko abazotumirwa ari bande? Iconzi ni kimwe nuko hazo,đŸ’„đŸ’„Ge...
04/11/2024

🛑 2ùme Édition YA Event

Witeguriye gute uwomusi!! Mbega wibaza ko abazotumirwa ari bande? Iconzi ni kimwe nuko hazo,đŸ’„đŸ’„
Get ready very soon affiche igiye kuja ahabona

Address

Rohero

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Jedidiah Mountain Miracles posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Place Of Worship

Send a message to Jedidiah Mountain Miracles:

Share