Prophet Gideon

Prophet Gideon Kuko ijambo ry 'umusaraba kubahona ari ubupfu ariko kuri twebwe abakizwa ni Ubushobozi bw'Imana!!!!

Wa musi twari turindiranye igishika urashiseeeeeee  Abavugishwa bariteguye gukorera abantu b Imana, Mpwemu yera aza guko...
08/08/2026

Wa musi twari turindiranye igishika urashiseeeeeee
Abavugishwa bariteguye gukorera abantu b Imana, Mpwemu yera aza gukora Ibitangaza n utwumiza mubera
Nimba uri Bugarama centre no mu micungararo yaho Ntuhushe akaryo kawe

INKURU NIMWE GUSA MUGISAGARA ca BUGARAMA no mu micungararo yaho,  IGIKORANE kinini cane cuzuyemwo Ubushobozi bw Imana gu...
07/08/2026

INKURU NIMWE GUSA MUGISAGARA ca BUGARAMA no mu micungararo yaho,
IGIKORANE kinini cane cuzuyemwo Ubushobozi bw Imana gukira no KUBOHOKA,hamwe no Gutanga amashimwe,Beshi bariteguye KWAKIRA
nawe Ntuhushe akaryo kawe

Habura amasaha make cane Tubandanye twitega ibihe bidasanzwe kubantu bari BUGARAMA CENTRE no mu micungararo yaho.
05/08/2026

Habura amasaha make cane Tubandanye twitega ibihe bidasanzwe kubantu bari BUGARAMA CENTRE no mu micungararo yaho.

BUGARAMA for Jesus Habura indwi zibiri gusa,14jrs, ntugire izindi gahunda, Ntuhushe akaryo kawe, Ukimara kwumva ino nuku...
25/07/2026

BUGARAMA for Jesus
Habura indwi zibiri gusa,14jrs, ntugire izindi gahunda, Ntuhushe akaryo kawe, Ukimara kwumva ino nukuru nziza yimenyeshe abandi, Mpwemu yera azokorana n abasavyi b Imana nzima.

IGIKORANE IGIKORANE IGIKORANE   Abantu bari Bugarama centre no mu micungararo yaho, Imana yongeye kutwiyumvirako, N AKAN...
13/07/2026

IGIKORANE IGIKORANE IGIKORANE
Abantu bari Bugarama centre no mu micungararo yaho, Imana yongeye kutwiyumvirako,
N AKANDI karyo udakwiye kwirengangiza
Bwira ino nukuru nziza abandi ntuzoze wenyene.ubindi bisobanuro kuri affiche

NIMBA URI BUGARAMA CENTRE no mu micungararo yaho Kaze wakire igitangaza cawe,Ino weekend uko igusanze siko Iza kugusiga ...
05/06/2026

NIMBA URI BUGARAMA CENTRE no mu micungararo yaho Kaze wakire igitangaza cawe,
Ino weekend uko igusanze siko Iza kugusiga mw Izina rya Yesu Kristo.

AKANDI karyo udakwiye kwirengangiza Guhishura igikorwa ça Mpwemu yera kandi Ubushobozi bwa Mpwemu yera buzigaragaza Meny...
22/05/2026

AKANDI karyo udakwiye kwirengangiza
Guhishura igikorwa ça Mpwemu yera
kandi Ubushobozi bwa Mpwemu yera buzigaragaza
Menyesha ino nukuri nziza uwo ukunda
Adr: BUGARAMA CENTRE : Salle KUMUHORA impande yahahoze zone Bugarama.

Kubantu bari Bugarama centre no mu micungararo yaho Muramvya Bukeye Kinam-Mubimbi Kibogoye n ahandi Yesu yiteguye kubagi...
09/05/2026

Kubantu bari Bugarama centre no mu micungararo yaho Muramvya Bukeye Kinam-Mubimbi Kibogoye n ahandi Yesu yiteguye kubagirira neza . Mpwemu yera azoba ariko akiza yongera abohora abantu biciye kubo yarobanuje amavuta.Menyesha ino nukuri nziza uwo ukunda Ubushobozi bwa Mpwemu yera buzigaragaza
Adr: Ancien Salle KUMUHORA impande yahahoze zone Bugarama.

Ukaba uri Bugarama centre no mu micungararo yaho Muramvya, Bukeye Kinam-Mubimbi,nahandi.ntutegure iyindi programme.Hazob...
08/02/2026

Ukaba uri Bugarama centre no mu micungararo yaho Muramvya, Bukeye Kinam-Mubimbi,nahandi.ntutegure iyindi programme.Hazobaho:
Guhimbaza Imana
-Gukira ingwara
-Kubohorwa
-Ubuvugishwa n ibindi,,

INKURU NZIZA KUBANTU BARI BUGARAMA CENTRE no mu micungararo yaho Muramvya Bukeye n ahandi,Yesu yuguruye umuryango wo kub...
05/02/2026

INKURU NZIZA KUBANTU BARI BUGARAMA CENTRE no mu micungararo yaho Muramvya Bukeye n ahandi,Yesu yuguruye umuryango wo kubakorera
-Impumyi zirahumuka
-Ibipfamatwi birumva
-Abacumbagira bagenda neza
-Aboro barabwirwa ubutumwa bwiza
-Ingwara zubwoko bwose zirakira
-Ababoshwe barabohoka

Address

Nyakabiga

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Prophet Gideon posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share