20/01/2026
Ni gute Abizera twese twovuga Ubutumwa Bwiza?
Amajambo yasomwe: Abaroma 9:1-9, Yohana 4:28-30 & Matayo 5:13-16
Fyonda kuri iyo sanamu wugurure videwo kuri YouTube.
Ijambo ry'Imana ryaciye mw'ishengero Shammah Temple Fellowship - Paroisse ya Ngagara kuwa 11/01/2026Amajambo yasomwe: Abaroma 9:1-9, Yohana 4:28-30 & Matayo ...