Paroisse Saint Joseph Ngagara

Paroisse Saint Joseph Ngagara Page officiel de la Paroisse Saint Joseph de NGAGARA

21/06/2026
      iririmba mu Misa yo ku mugoroba ku minsi y Imana muri Paroisse Saint Joseph Ngagara kuri uyo w'Imana igenekerezo r...
16/06/2026

iririmba mu Misa yo ku mugoroba ku minsi y Imana muri Paroisse Saint Joseph Ngagara kuri uyo w'Imana igenekerezo rya 14 Ruheshi 2026 bari mu kanyamuneza ko guhimbaza isabukuru yImyaka 20 bakaba baje gushigikirwa na bagenzi babo bo muri (Diocese Gitega)bagize du 'hari mu Nkuka ya Misa ya 11h00 ku munsi mukuru wUmushaha wa Yezu bakaba basozereye biginana

14/06/2026

ya ya 11h00 ku munsi mukuru w, wa (14 06 2026)

10/06/2026

Mu rukristu wa Mutakura wo kuri uyo wa kabiri 09 juin mukurikire mu Nkuka ya Misa yaherejwe na Patiri J Baptiste Nijimbere aho Abakristu Imana nka wa mukenyezi wi Sarepta no kuba umunyu n,umuco w,Isi

10/06/2026

Ako ni karanzwe mu mubano rukristu wa Mutakura umwe mibano mitomito yo mu ma quarters yari yaramutse iterwa iteka ryo kuberamwo ya Misa (ce Mardi 09 juin) igisabisho kikaba caremeshejwe n,urwaruka ruvuka muri Q2 Mutakura nyene turwifurije gutera ruja imbere mu bunywanyi n,Imana

10/06/2026

ayoboye wa Mutakura nawe yarashimiye abarongoye Paroisse kukuntu bitaho intama bajejwe yibutsa Kandi urwubako rw Ingoro y,Imana ngo barushirize ukwitanga muri kino gihe turi mu bikorwa vyo gusozera.

10/06/2026

Meme Gloriose Nsabimama yaserukiye Commission ijejwe imibano rukristu m name ntunganya butumwa ya Paroisse mw,ijambo yashikirije yarashimye ingene umubano wifashe muri rusangi abatumirira audacity intege

    kuri uwo wa kabiri( 09 juin 2è mardi du mois)    3 yo ku rwego rw ama quartiers yarabereyemwo   ya Misa izo nazo ni,...
10/06/2026

kuri uwo wa kabiri( 09 juin 2è mardi du mois) 3 yo ku rwego rw ama quartiers yarabereyemwo ya Misa izo nazo ni, , Ngagara hamwe na Q2 Cibitoke.
Muri Q2 Mutakura Inkuka ya Misa yaherejwe na Pariri J Baptiste Nijimbere abakristu bakaba bitavye ari benshi iyo Nkuka ibera muri quartier ikaba iha akaryo abatama nabatamakazi mbere nabagwayi batagishobora gushika ku Paroisse gusenga.

Iyo Ngoro yImana ya Paroisse Saint Joseph Ngagara igiye gusozerwa mubikorwa vyo kuyubaka mu misi iza n,Ingoro nini bensh...
09/06/2026

Iyo Ngoro yImana ya Paroisse Saint Joseph Ngagara igiye gusozerwa mubikorwa vyo kuyubaka mu misi iza n,Ingoro nini benshi bavugako yoba iri mu zambere nini Kandi zubatse ku buhinga hano mugihugu cacu ikaba yatwaye uburyo bwinshi cane bwavuye kukwitanga kwa,Bakristu bayo bahasengera za Ngagara n # ba Paroisse bari muyandi ma Paroisse ya hafi nayari kure mu mahanga.Arko Kandi ntitworeka kuvuga ko hari abitanze cane gusumba abandi batumye ibikorwa bijana ku gusozera bitera intambwe idasanzwe.
Bakoze vyinshi rero Kandi ntibahororokewe ngo ibikorwa bibaye birebire none ico mwitangiye harageze ko mugisozera neza mukihanagura akuya mwabize kubwIninahazwa ryImana mu Ngoro yayo hanyuma tuxokwiyamurire Imigisha yayo,Amen.

09/06/2026

y ya Paroisse Saint Joseph Ngagara vuba cane ibikorwa vyo kuyubaka vyari bimaze imyaka 15 bigiye gusozerwa ,Abakristu n,Abakunzi bayo bakaba bahamagariwe muri aya mezi Abiri ( na ) kugira itsinda riboneka ryanyuma kugira ngo baheraheze gutera ama carreaux igice gisigaye kingana na 800.
n,ibikorwa tubikurikire muri kino ahanini kijanye n, Patiri mukuru yagiraniye nAbarongoye abandi mu nzego za Paroisse bari kumwe n,abajejwe gukurikirana uko ibikorwa vyo kubaka biriko biragenda.

Address

NGAGARA Q3
Ngagara

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Paroisse Saint Joseph Ngagara posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Place Of Worship

Send a message to Paroisse Saint Joseph Ngagara:

Shortcuts

Share