10/09/2025
Hari ikibazo buri igihe nama nibaza: Guhimbaza Imana n'iki??n'ubuhe buryo twobikora neza??peut être nawe ushobora kuba Uhora uvyibaza.
Ariko "Guhimbaza Imana"nasanze vyagutse bivanye naho yagukuye ck urugezo ugezako kuyimenya.kimwe mubidufasha kuyimenya:n'ubusabane dufitanye niyo Mana,kugira inyota yo kuyimenya cane vyimbitse,Kuyumvira,...Ndakwipfurije kwibera muri ivyo bihe,kuko Utebana n'Imana ugasa naho!!!!