Choral Girumwete anglican church diocese of Muyinga

Choral Girumwete anglican church diocese of Muyinga Girumwetechoirpincproject-agaseke

Kalibu nawe dusangire ibibihe vyiza Imana iduteguriye, Imana ifise ubutunzi bukwiriye abayirondera bose ,kazd nawe uzoro...
08/12/2021

Kalibu nawe dusangire ibibihe vyiza Imana iduteguriye, Imana ifise ubutunzi bukwiriye abayirondera bose ,kazd nawe uzoronka ivyo Kristo yaguteguriye kuva mwiremwa ryisi, warahezagiwe caane

Imana yatubereye umwizigirwa muri vyose,dufise amashimwe ibihumbu dutoshobora guharura,Imitima yacu inezererwa agakiza I...
18/09/2021

Imana yatubereye umwizigirwa muri vyose,dufise amashimwe ibihumbu dutoshobora guharura,Imitima yacu inezererwa agakiza Imana yaduhaye kubuntu,natwe twahisemwo kumukunda no kumukorera ubuzima bwacu bwose,

Namwe abakunzi bacu turabakunda kandi turabishimiye.kubagira numugisha udasanzwe,mwarahezagiwe caaane.

01/04/2020

SHALOM,,, UMUNSI MWIZA BENE DATA .IMANA ITURINDE UBWOBA

10/03/2020

Romain 12:12.

Réjouissez-vous en espérance. Soyez patients dans l'affliction.Persévérez dans la prière.

A méditer :

Nous devons vivre dans l'esperence quelques soit dans des bons ou mauvais conditions que nous vivons quotidiennement. A la base de tous,il faut vivre dans la prière, pas seulement la prière de demande !mais nous prions pour manifester nos respects envers Dieu, que l'esprit saint de Dieu vous explique un chemin de l'espérance

Famille bénie, nous sommes heureux de se souvenir de ça, c'était une journée inoubliable dans la vie
29/02/2020

Famille bénie, nous sommes heureux de se souvenir de ça, c'était une journée inoubliable dans la vie

12/02/2020
Uracari ya Mana ivuga bikaba uracari ya Mana itegeka bigakomera
09/02/2020

Uracari ya Mana ivuga bikaba uracari ya Mana itegeka bigakomera

Utubohe tube umwe k'umugozi w'urukundo Mana
15/12/2019

Utubohe tube umwe k'umugozi w'urukundo Mana

Visiter les vieillards c'est notre fierté
11/12/2019

Visiter les vieillards c'est notre fierté

Address

Mukoni
Muyinga

Telephone

+25761031088

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Choral Girumwete anglican church diocese of Muyinga posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share