Inkurunziza z' ivya Yesu

Inkurunziza z' ivya Yesu IYI NI I PAGE IVUGA UBUTUMWA BWIZA GUSA. NABWO BUSHOBORA KUVUGWA MU BURYO BW' INTAHE N' AMASHIMWE CANKE MU BURYO BW' INDIRIMBO.

06/05/2026

This version of Facebook uses less data and works in all network conditions.

06/05/2026

Kuberiki?

06/05/2026

Amen

AKENSHI UMENYA YUKO UMUNTU AGUNKUNDA IYO AGUHAYE AU MOINS UN CADEAU (GIFT). IMANA MUKUTUGARAGARIZA URUKUNDO RWAYO, YADUH...
17/05/2023

AKENSHI UMENYA YUKO UMUNTU AGUNKUNDA IYO AGUHAYE AU MOINS UN CADEAU (GIFT). IMANA MUKUTUGARAGARIZA URUKUNDO RWAYO, YADUHAYE YESU KRISTO.

17/05/2023

Umusi wa gatatu mwiza!

24/09/2022
23/09/2022
20/09/2022
Inkuru yababaje benshi 😭 Hari kumugoroba wa 18 ,ubwo umugore utuye ahitwa calabar mugihugu ca Nigeria yakoze impanuka ik...
20/09/2022

Inkuru yababaje benshi 😭
Hari kumugoroba wa 18 ,ubwo umugore utuye ahitwa calabar mugihugu ca Nigeria yakoze impanuka ikomeye y'imodoka iramuhitana ubwo yariko akurikira umugabo wiwe yikekako arikumuca inyuma...,

Uko vyagenze nuku...,
Umugore yabonye umugabo wiwe avuye mwiduka numwigeme mwiza Aho yikekako ariwe amuvangisha burya buriye umuduga umugore amuja inyuma ,umugabo amaze kubona imodoka yumugore inyuma yanka guhagarara umugore nawe kubera umujinya acanyarutsa umuduga cane acagirisanganya umugabo abibonye acarava mumuduga ajakuraba umugore kubera gukomereka cane yahise afa😭😭

Benshi vyabababaje cane bamwe bataye ikosa k'umugore. ATI koyaramaz kumwikeka kwatagumije umutima ngo amurindire batahe abimubaze neza ATI ntaziko abagabo batabumbwa n'akamwe...,

Abandi nabo bavuzeko umugabo afise ikosa rinini kuki yabonye umugore ataciye ahagarara bibonekako arukuri yaragiye kumuvanga bisankaho ariwe yamwishe kandi ntamugisha azoronka kukamaraso arahuma

Kubwawe uhagaze kururwahe ruhande?

20/09/2022

šŸ™Uyu Mugabo mvuzeko ari UMUKOZI W'IMANA mwese mwontera AmabuyešŸ’£
{arko twibuke muri Bible abatewe Amabuye nabavuze ukuri gusa impumyi ntizigutahure}
Bivanye n'ibibi vyinshi bimaze gushigwa no kwagirizwa Uyu Mugabo vyatumye benshi bamwanka urunuka😷
abandi bamwitirira SatanišŸ‘¹
Bivanye nibibi vyinshi bamaje kumuremera
šŸ§šŸæā€ā™‚Twibuke inkuru ya Yesu uko vyagenz ugiye kuraba ihamwa nitotezwa yagiriwe nirementanywa yagiriiwe ntiwoba ugihwihwisha ko Uyumugabo ari UMUKOZI W'IMANA
Kuko ivyo Umuhanuzi Yesu Kristo Imana isumba Vyose
yahanuye bizoba kubasavyi biwe nivyo biriko biraba nuyumusi kandi vyahozeho bizokwamaho twibuke Irijambo
Ngo :ISI NIYABANKA MUZIBUKE KO NANJ YABANJ KUNYANKA Isi ikunda ivyayo ariko mwebwe ntimurabisi niyompamvu isi Ibanka.
Isi ni Iya Satani niyompamvu Satani atokwigwanya kuko aha Kw'Isi simwijuruā£
Ntuze ucire urubanza Umuntu ufatiye kudukosa duto duto ahubwo raba icamariye Abantu nico IJAMBO RY'IMANA RIVUGA
šŸ™Please Abafarisayo ntimuntere AmabuyešŸ’£

19/09/2022

Address

Agriculture
Mutanga

Telephone

+25779858087

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Inkurunziza z' ivya Yesu posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Place Of Worship

Send a message to Inkurunziza z' ivya Yesu:

Share