Mission de Mabayi

Directions

Mission de Mabayi Iyi niyo page officielle ya Mabayi ya Mabayi,
Icatumye ishirwaho ni kugira dusangirire hamwe ubutumwa bwiza bw'ivyizigiro.

Ni Field y'aba adventiste b'umusi w'indwi mu Burundi ifise icicaro i Mabayi, igizwe na Mabayi, Mugina na Bukinanyana

21/09/2026

Niwizera Imana, Vyose bizoca bihinduka bishasha.



Ubuzima bwawe buri hehe ? Ngaha aho Ivyizigiro bitangurira.Bibiliya itubwira ko Ivyizigiro ari ukwitega ukugira neza kw'...
21/09/2026

Ubuzima bwawe buri hehe ? Ngaha aho Ivyizigiro bitangurira.

Bibiliya itubwira ko Ivyizigiro ari ukwitega ukugira neza kw'Imana ehe naho woba uri mu mwiza w'ivyago, intambara n 'ibindi bikubangamiye. Ivyizigiro nivyo bituma duhora dusenga n'ubwo inyishu yoba itaraboneka! Ivyizigiro nivyo bidutera intege zo gukomeza urugendo n'ubwo twoba dusugerejwe n'umwiza w'iyi si.

Ivyo vyizigiro bifise izina, iryo zina ni Yesu.


.

๐—œ๐—ก๐—ฌ๐—จ๐— ๐—” ๐—ฌ'๐—œ๐— ๐—ฌ๐—”๐—ž๐—” ๐—”๐— ๐—”๐—๐—”๐—ก๐—” ๐—”๐—ก๐—˜ ๐—ฌ'๐—”๐—š๐—”๐—–๐—˜๐—ฅ๐—˜๐—ฅ๐—˜, ๐—œ๐—๐—จ๐—ฅ๐—จ ๐—ฅ๐—ฌ๐—”๐—ฅ๐—œ๐—ฆ๐—›๐—จ๐—ฌ๐—˜ Isi yarindiriye imyaka amajana ane kandi ntibisigura ko Imana ...
20/09/2026

๐—œ๐—ก๐—ฌ๐—จ๐— ๐—” ๐—ฌ'๐—œ๐— ๐—ฌ๐—”๐—ž๐—” ๐—”๐— ๐—”๐—๐—”๐—ก๐—” ๐—”๐—ก๐—˜ ๐—ฌ'๐—”๐—š๐—”๐—–๐—˜๐—ฅ๐—˜๐—ฅ๐—˜, ๐—œ๐—๐—จ๐—ฅ๐—จ ๐—ฅ๐—ฌ๐—”๐—ฅ๐—œ๐—ฆ๐—›๐—จ๐—ฌ๐—˜

Isi yarindiriye imyaka amajana ane kandi ntibisigura ko Imana yari yarayihevye.
๐ˆ๐ฆ๐š๐ง๐š ๐ง๐š๐ฐ๐ž ๐ง๐ญ๐ข๐ฒ๐š๐ค๐ฐ๐ข๐›๐š๐ ๐ข๐ฒ๐ž.
Kurindira kwawe kw'igihe kirekire s'uko yaguhevye ahubwo ni kakubere akaryo ko kwitegurira kwongera kwumva Ijwi ry'Imana mu buzima bwawe, mu muryango wawe, mu kibano cawe, mugisagara c'iwanyu no mu gihugu canyu.


.

20/09/2026

Harigihe umuntu araba ubucuruzi bwiwe bwahomvye, harigihe ubona vyose vyarangiye, ariko uyu musi Imana irakubwira ngo: Erega ugutsindwa kwawe canke kunanirwa kwawe siryo herezo mugihe wohitamwo Yesu kuko Aho ariho Ivyizigiro Bitangurira

Mugenzi wanje, uyu musi ntibigusaba kubanza kuba intungane kugira ngo ukundwe n'Imana.Ubuntu  bw'Imana bugusanga aho uri...
19/09/2026

Mugenzi wanje, uyu musi ntibigusaba kubanza kuba intungane kugira ngo ukundwe n'Imana.

Ubuntu bw'Imana bugusanga aho uri, ni bwo butuma uharirwa, ugasubizwa itoto kandi bukagutera intege zo kuba icaremwe gishasha.

Uyu musi nufate ingingo, wironkere amahoro atakiguzi.
.

Munsiguro yiwe, Pr Martin, Umunyamabanga nshingwabikorwa wa Union y'Uburundi, yibanze kugitabo ca Nehemiya.Nehemiya ntab...
19/09/2026

Munsiguro yiwe, Pr Martin, Umunyamabanga nshingwabikorwa wa Union y'Uburundi, yibanze kugitabo ca Nehemiya.

Nehemiya ntabwo yari umuntu ahambaye kw'isi, yari umuntu asanzwe, ariko Imana yaramutoye kugira arongore ibikorwa vyo gusanura Yerusaremu.

Yarajejwe guhagararira ibikorwa vyo gusanura inyubako ahereye gusanura Imitima yabo Imana yari yamushize Imbere.

Ico yakoze yashizeho indabo, Yereka abantu igikorwa uko kingana, ivyo gukora baca barakora bivuye kumutima buri wese nkuko Imana yamuhezagiye.

Imiryango imwe yaciye itanga ibiti, abandi amabuye,... Abandi bakoresha amaboko.

Ivyimana yakoze icogihe, nivyo igiye gukorera aha kuwinanga.

Programme yitiriwe isaha zitanu irarangiye. Abahari bose banejerejwe no kuba bagiye gukorera Yesu igikorwa kidasanzwe.
19/09/2026

Programme yitiriwe isaha zitanu irarangiye. Abahari bose banejerejwe no kuba bagiye gukorera Yesu igikorwa kidasanzwe.

19/09/2026

Turashima Imana : Kurikirana indirimbo idasanzwe.

Isabato nziza.Aha ni kuwinanga , ahari igikorane kidasanzwe, aho haza kwegeranywa ishikanywa ry'inyubako ya Mission ya M...
19/09/2026

Isabato nziza.
Aha ni kuwinanga , ahari igikorane kidasanzwe, aho haza kwegeranywa ishikanywa ry'inyubako ya Mission ya Mabayi.

๐—œ๐—ป๐˜๐—ฒ๐—ด๐˜‚๐—ฟ๐—ผ ๐˜†'๐—ถ๐—ด๐—ถ๐—ธ๐—ผ๐—ฟ๐—ฎ๐—ป๐—ฒ ๐—ฐ'๐—ฒ๐—ท๐—ผ ๐—ฐ'๐—ถ๐—ป๐˜†๐˜‚๐—ฏ๐—ฎ๐—ธ๐—ผ ๐˜†๐—ฎ ๐— ๐—ถ๐˜€๐˜€๐—ถ๐—ผ๐—ป ๐—ฑ๐—ฒ ๐— ๐—ฎ๐—ฏ๐—ฎ๐˜†๐—ถ ๐—ธ๐˜‚๐˜„๐—ถ๐—ป๐—ฎ๐—ป๐—ด๐—ฎ.๐—”๐—ฏ๐—ฎ๐—ป๐˜๐˜‚ ๐—บ๐˜„๐—ฒ๐˜€๐—ฒ ๐— ๐˜‚๐—ฟ๐—ฎ๐˜๐˜‚๐—บ๐—ถ๐˜„๐—ฒ
18/09/2026

๐—œ๐—ป๐˜๐—ฒ๐—ด๐˜‚๐—ฟ๐—ผ ๐˜†'๐—ถ๐—ด๐—ถ๐—ธ๐—ผ๐—ฟ๐—ฎ๐—ป๐—ฒ ๐—ฐ'๐—ฒ๐—ท๐—ผ ๐—ฐ'๐—ถ๐—ป๐˜†๐˜‚๐—ฏ๐—ฎ๐—ธ๐—ผ ๐˜†๐—ฎ ๐— ๐—ถ๐˜€๐˜€๐—ถ๐—ผ๐—ป ๐—ฑ๐—ฒ ๐— ๐—ฎ๐—ฏ๐—ฎ๐˜†๐—ถ ๐—ธ๐˜‚๐˜„๐—ถ๐—ป๐—ฎ๐—ป๐—ด๐—ฎ.

๐—”๐—ฏ๐—ฎ๐—ป๐˜๐˜‚ ๐—บ๐˜„๐—ฒ๐˜€๐—ฒ ๐— ๐˜‚๐—ฟ๐—ฎ๐˜๐˜‚๐—บ๐—ถ๐˜„๐—ฒ

Address

Mabayi

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Mission de Mabayi posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share