Shalom International Family Cibitoke

Shalom International Family Cibitoke SHALOM INTERNATIONAL FAMILY CIBITOKE , WE ARE THE APOSTOLIC AND PROPHETIC FAMILY

Ejo kumusi wa Pasika twagize ibihe vyiza cane aho twariko twibuka twigina duhimbaza itsinzi twaronse mu gupfa no kuzuka ...
06/04/2026

Ejo kumusi wa Pasika twagize ibihe vyiza cane aho twariko twibuka twigina duhimbaza itsinzi twaronse mu gupfa no kuzuka kw'umwami wacu Yesu kristo, hamwe twari tugipfuye twishwe n'ibicumuro vyacu Imana yatugiranye bazima na Kristo ubuntu nibwo bwadukijije kubwo kwizera abari abanyamahanga ubu turi abana b'Imana hallelujah Hallelujah

Ejo dimanche numusi mukuru wa Pasika kubizera Yesu numusi udasanzwe karibu cane 9h00 kuko tuzoba dufise igikorane kidasa...
04/04/2026

Ejo dimanche numusi mukuru wa Pasika kubizera Yesu numusi udasanzwe karibu cane 9h00 kuko tuzoba dufise igikorane kidasanzwe

Pasika numusi udasanzwe kubantu bizerako twacunguwe n'amaraso ya Kristo Yesu karibu cane tuze tubane mugikorane kidasanz...
01/04/2026

Pasika numusi udasanzwe kubantu bizerako twacunguwe n'amaraso ya Kristo Yesu karibu cane tuze tubane mugikorane kidasanzwe

  Turashima Imana kuvyakoretse vyose mugikorane cacu twabonye ukugiraneza kw'Imana icubahiro cose kibe ic'Imana
29/03/2026


Turashima Imana kuvyakoretse vyose mugikorane cacu twabonye ukugiraneza kw'Imana icubahiro cose kibe ic'Imana

26/03/2026

hasigaye amasaha make kugirango igikorane gitangure tubandanya kubatumira kuza gusangira natwe ivy'Imana yaduteguriye ejo samedi 13h00 na dimanche 9h00

Hariho ibihe atarivyo guhusha Bibiliya ivuga ngo akaryo muronse ntimugapfishe ubusa hasigaye imisi ine ( 4 ) igikorane k...
24/03/2026

Hariho ibihe atarivyo guhusha Bibiliya ivuga ngo akaryo muronse ntimugapfishe ubusa hasigaye imisi ine ( 4 ) igikorane kigatangura witegure utumire incuti n'abagenzi tuze tuhahurire ni samedi 13h00 na dimanche 9h00 🔥🔥🔥 igihe cawe cokugiriwa neza n'iki
aho woba uri hose ntupange gusiba


18/03/2026

Igikorane cageze ni samedi le28/3/2026 13h00 na dimanche le29/3/2026
Tumira benshi bashoboka tuze duhurire murico kibanza

VUBA IGIKORANE KIDASANZWE KIRAJE........ BANDANYA KWITEGURA IMANA IZOTUGIRIRA NEZA
16/03/2026

VUBA IGIKORANE KIDASANZWE KIRAJE........ BANDANYA KWITEGURA IMANA IZOTUGIRIRA NEZA

Hasigaye umusi umwe gusa tukinjira mubihe bidasanzwe aho dimanche yitiriwe   tuzokorerwa n'Imana murundi rugezo ndakwibu...
16/01/2026

Hasigaye umusi umwe gusa tukinjira mubihe bidasanzwe aho dimanche yitiriwe tuzokorerwa n'Imana murundi rugezo ndakwibutsako turi mumwaka wo kwubakwa n'Uhoraho tumira benshi abarwaye abarushe n'abaremerewe umwami Yesu azobagirira neza
🔥🔥ikibanza nicakindi🔥🔥tuze tuhahurire


Hari ibihe biza bigasambura izina ryawe ubutunzi bwawe ukwizera kwawe inkomezi zawe ndetse n'ubuzima bwawe ugasanga n'ig...
06/01/2026

Hari ibihe biza bigasambura izina ryawe ubutunzi bwawe ukwizera kwawe inkomezi zawe ndetse n'ubuzima bwawe ugasanga n'igicaniro cawe casambutse
Kuruyu wagatandatu no kuw'Imana hari ibihe bidasanzwe aho Uhoraho agomba asubire akwubake muburyo bushasha tumira benshi bashoboka tuze tuhahurire


Address

Mabayi

Telephone

+25769860730

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Shalom International Family Cibitoke posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share