Eglise Méthodiste Unie-District Butanyerera

Eglise Méthodiste Unie-District Butanyerera Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Eglise Méthodiste Unie-District Butanyerera, Religious organisation, Kayanza.

30/07/2026
IGIKORANEKuri uyumusi wagatanu igenekerezo rya 24 /7/2026 Ububwiriza bwa Butanyerera bwari bwatunganije igikorane kucivu...
25/07/2026

IGIKORANE
Kuri uyumusi wagatanu igenekerezo rya 24 /7/2026 Ububwiriza bwa Butanyerera bwari bwatunganije igikorane kucivugo kivuga giti : Muzomenya ukuri kandi ukuri kuzobaha ukwidegemvya. Ico gikorane kikaba cabereye Kuntega muri komine ya Kirundo.
Umwungere w'Ishengero Methodiste unie Mu Karere k'uburundi no mu Rwanda Nyenicubahiro Musenyeri Emmanuel SINZOHAGERA akaba Yari yateye iteka icogikorane aho Ari nawe Yari umuvugabutumwa w'uyu musi. Akaba kandi Yari yagendanye n'umutambukanyi wiwe hamwe nabamwe mubarongoye ibisata kurwego rwa conference.
Ijambo ry'Imana yagaburiye abaje murico gikorane turisanga muri Yohana 5:12 aho munsiguro yiwe yamenyesheje abaraho KO umuntu yidegemva mugihe afise amahoro mumutima mbere atakiri n'umuja w'icaha.
Murico gikorane hakabaka habonetse benshi bizera Kristo nk'umwami n'umukiza n'umucunguzi w'ubuzima bwabo. Mwomenyako icogikorane kibandanya no kuruyumusi wagatandatu kugeza no kuw'Imana aho mbere Kazoba n'akaryo keza KO kwinjira ishengero rishasha rizoba rivutse Ku Ntega.

 🔥
24/07/2026

🔥

Address

Kayanza

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Eglise Méthodiste Unie-District Butanyerera posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share