Église Baptiste Libre du Burundi - EBLB

Église Baptiste Libre du Burundi - EBLB Zaburi 125:2 -"Nk'uko imisozi ikikije Yerusalemu niko Uhoraho akikije abantu biwe, uhereye none..."

🔴 Bakozi b'Imana, rwaruka, Ndongozi! Turabatumiye mu gikorane c'Urwaruka gitegekanijwe ku ma genekerezo ya 7-8-9 Myandag...
05/05/2026

🔴 Bakozi b'Imana, rwaruka, Ndongozi! Turabatumiye mu gikorane c'Urwaruka gitegekanijwe ku ma genekerezo ya 7-8-9 Myandagaro 2026, kizobera mw'ishengero Église Baptiste Libre du Burundi, kuri Paroisse Kayanza ku cicaro gikuru ca EBLB.

Mu ntumbero yo kwitegurira neza ico gikorane twasaba ko urwaruka rwose rwiteguye kucitaba rwiyandikisha ruciye kuri iyi lien : 👇
https://docs.google.com/forms/d/e/1FAIpQLSfwXcS6mZUd3Z7abuGOPVpZMs1ZJPFyaozgCaYF6mSe9qdNQQ/viewform?usp=publish-editor

Mufise ico mubaza, hamagara kuri 69698215 canke 68070577.

Kaze dusangire imigisha y'Imana!

Head of Communication ✍️
FBC Youth Department

04/04/2026

Through this agreement, both parties commit to combining their efforts by sharing resources—including finances, skills, training, and tools

L’Église Baptiste Libre du Burundi a procédé ce lundi à une cérémonie officielle de reconnaissance en l’honneur de Monsi...
25/02/2026

L’Église Baptiste Libre du Burundi a procédé ce lundi à une cérémonie officielle de reconnaissance en l’honneur de Monsieur Ndayegamiye Joseph, titulaire du Centre de Santé SILOE, pour les années de service qu’il a consacrées à l’institution depuis le 11 février 2020.

Lire plus: https://freebaptistchurch.org.bi/2026/02/25/leglise-baptiste-libre-du-burundi-honore-six-annees-de-service-de-joseph-ndayegamiye-titulaire-du-centre-de-sante-siloe/

Eglise Baptiste Libre : Paroisse Gihosha

Tubipfurije Noel Nziza 🎄🧑‍🎄
24/12/2025

Tubipfurije Noel Nziza 🎄🧑‍🎄

Address

Avenue Du Stade Gatwaro
Kayanza
5502

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Église Baptiste Libre du Burundi - EBLB posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Place Of Worship

Send a message to Église Baptiste Libre du Burundi - EBLB:

Shortcuts

Share