20/05/2026
Mwiriwe mwese abadukurikirana ku rubuga Facebook.
Patiri Mukuru wa Paruwase nziza ya Kristu Mwami, NIYIMBONA aramenyesheje abakristu Bose ko Ejo imisa yo gusabira abarwaye izotangura sa cenda (15h) Kuri Kristu Mwami mu Kayanza. Kaze muri benshi Yezu adukize indwara zo ku mutima nizo ku mubiri.