Mu vyukuri Bibiliya y'igisha iki?

Mu vyukuri Bibiliya y'igisha iki? Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Mu vyukuri Bibiliya y'igisha iki?, Religious Center, Kabezi.

24/06/2021
10/04/2021

Isabato nziza bakundwa!!
Yesu ati ni mwankunda muzindora ivyagezwe vyanje.

16/01/2021

Ndabaramukije abakunzi mwese mudukurikirana mbipfuriza amahoro y'Imana n'ukwororanirwa.

21/11/2020

Kuki wihakana icuri!!
----------------------------
waruzi yuko kwanka kuruhuka Isabato ,bisigura kwihakana kutari umuntu na cane cane mugihe umaze kumenya ko isabato ari yukuri!!
uti gute:
Yesu avuga ati Isabato yabayeho kubwumuntu ariko umuntu yabayeho kubw'Isabato.
Bisigura ko icitwa umuntu cose,gisabwa kuruhuka Isabato.
[Mariko 2:27]

21/11/2020

IMIGANI 30:7-9.
-----------------------
7.Ngusavye ibintu bibiri ntarahwera,ntubinyime:
8.unshire kure y'ibitagira ikimazi,bo n'ibinyoma;ntumpe ubworo,ntumpe n'ubutunzi;ungaburire ivyo kurya dukwiranye:
9.sinze mpave mpimba nabi,nkakwihakana,nkavuga nt'uhoraho n'iki?
kandi noye kuba umworo,ngahava niba,ngatukisha izina ry'Imana yanje.

21/11/2020

Isabato nziza kuri mwese.
[Kuvayo 20:8]

21/11/2020

Isabato nziza kuri mwese

17/10/2020
17/10/2020

Amahoro y'umwami Mana abane namwe aho mutuye.
Kumusi nk'uyu wisabato Yesu yari yaramenyereye kuja munzu y'Uwiteka kuganira nimana.
Mbe waruzi ko zaba intumwa na Maliya ndetse na Yesu hatavuzwe abim'isilayeli baruhuka Isabato??

03/10/2020

Mbe woba witeguriye gusanganira Umwami ?
kwari hafi,n' ivyanditswe bivuga ko aje vuba umuntu agumanye igitsibo ciwe ,kugira hatagira uwukimunyaga!
mbe urabizi kushobra kunyagwa igitsibo cawe?
mwene data nimba woba wibereye aho murusengero ataco winona,hokuja kugarura abazimiye k*k arinaco wahamagariwe,uzobazwa ico wakoze ukibure ,ucuhembwa nkumwe wo mumugani witaranto,yaciye Ayihamba ntiyagira umusaruro.
ark sivyo mbipfuriza ,ahubwo irijambo rije kutwibutsa kugra turabe inshingano twahawe k*k turiko tuzigendera nk*ko Yesu adusaba.
murakoze.

18/09/2020

Amahoro Y'Imana abane namwe mwese,
bikunde mbipfurize umusi mwiza w'Isabato kuri mwebwe mwese mudukurikiranira hagufi.
Uwiteka abahire cn.

13/09/2020

Amahoro y'Imana abane namwe bakundwa mudukurikiranira hagufi.
Tugiye kuzigira hamwe kino kibazo kibaza giti: umusi w'Imana nuyuhe!!
tubasaba kudukurikiranira hafi,
Murakoze

Address

Kabezi

Telephone

+25761453718

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Mu vyukuri Bibiliya y'igisha iki? posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share