Groupe Biblique Du L.Pe Mweya

Groupe Biblique Du L.Pe Mweya Helping And Training Pupils To Learn From The Bible And Live Accordingly,this Is Our Target!

Ukorere Uhoraho urugendo rwawe rwose,Abe ari we wishimira, na we azobish*tsa. Kand' azokwerekana ukugororoka kwawe nk'um...
14/03/2023

Ukorere Uhoraho urugendo rwawe rwose,
Abe ari we wishimira, na we azobish*tsa.
Kand' azokwerekana ukugororoka kwawe nk'umuco,
N'urubanza rwawe ruroranye nk'igihe co mu mashoka.
Zaburi 37:5-6

Hari inyifato, hari ubuzima, hari ingene abakristo Bari bakwiye kubaho: KUREMEKA(GUKORERA) UHORAHO UBUZIMA BWABO NO KWIZIGIRA UHORAHO.

Turakeneye Imana mukubaho kwacu. Mugihe tugenda turahura n ibibazo bitandukanye, turakeneye Alpfa Omega mubuzima bwacu. Nico gituma iyo Zaburi iduhanura kubibwira Imana mugusenga. Ivyo ducamwo vyose tubikorere Imana.

Gusenga bikwiye guherekezwa no KWIZIGIRA Imana. Ntugasenge ngo wongere ugende uridoga. Ntukwiye gusenga ngo wongere ubeho widodomba.Namba wabibwiye Imana yizigire. Izobikora!!!

31/01/2023
"Nta muntu yakoreye Imana azomaramara."Uyu musi,  uwamaze igihe kitari gito arongoye Groupe biblique mademoiselle Liesse...
29/12/2022

"Nta muntu yakoreye Imana azomaramara."

Uyu musi, uwamaze igihe kitari gito arongoye Groupe biblique mademoiselle Liesse YASABWE n uwamushimye. Turamushimira Imana kubera yabaye uw ikimazi kinini kuri groupe biblique. Turizigura ko Imana izobandanya kubana nawe no kumuhezagira mubisigaye imbere

Ariko nk'uko handitswe,ngw Ivy' ijisho ritigeze kubona, n'ivy' ugutwi kutigeze kwumva,Ibitigeze kwinjira mu mutima w'umu...
08/11/2022

Ariko nk'uko handitswe,
ngw Ivy' ijisho ritigeze kubona, n'ivy' ugutwi kutigeze kwumva,
Ibitigeze kwinjira mu mutima w'umuntu,
Vyose Imana yavyiteguriye abayikunda.
1 Ab'i Korinto 2:9

Address

Gitega

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Groupe Biblique Du L.Pe Mweya posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share