Predication Of Cross Ministry

Predication Of Cross Ministry Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Predication Of Cross Ministry, Religious organisation, Gitega.

DAY 1 IN BUJUMBURA 🇧🇮🔥What a powerful start! From the very first session, the atmosphere was filled with hunger, expecta...
22/12/2025

DAY 1 IN BUJUMBURA 🇧🇮🔥

What a powerful start! From the very first session, the atmosphere was filled with hunger, expectation, and the presence of God. Pastors, leaders, and believers gathered with open hearts, ready to receive all that the Lord has prepared.

Day 1 has set the tone … and this is only the beginning.

Swipe through these moments and celebrate what God has already started in Bujumbura.

More to come… 🙌




*🇧🇮🇧🇮BURUNDI BURUNDI🇧🇮🇧🇮*IKI N'IGIHE C'IKANGURO‼️Umukozi w'Imana adasanzwe *Archibishop DAG HERDWAD-MILLS* yatugendeye:⛔...
28/11/2025

*🇧🇮🇧🇮BURUNDI BURUNDI🇧🇮🇧🇮*

IKI N'IGIHE C'IKANGURO‼️

Umukozi w'Imana adasanzwe *Archibishop DAG HERDWAD-MILLS* yatugendeye:

⛔Niwe mukozi w'Imana afise amashengero menshi kw'isi.

⛔Azwi cane ku bitabo vyiwe yanditse, vyazanye impinduka m'ubuzima bw'abarongozi benshi kw'isi.

‼️Woba uri umukozi w'Imana?

‼️Woba uri umurongozi?

‼️Woba ukeneye kubaho ubuzima ru kristo bufise intumbero?

‼️Woba ukeneye kuvumbura intumbero y'Imana k'ubuzima bwawe?

☎️Iyandikishe kur'izi numéros nimba ukeneye kuzoba mur'ico gikorane : +257 66 50 49 71, +257 62 28 74 27

⚠️M.N:
- Ibibanza biraharuye‼️
- Umuntu wese azinjira afise i ticket ‼️
- Kugira uronke i ticket uriyandikisha kuri'izi numéro twatanze aha hejuru‼️
- I ticket izokwinjiza mur'ico gikorane uyironka kuri 5000Fbu.‼️

Kand' amahoro ya Kristo aganze mu mitima yanyu, ayo mwahamagariwe ngo mube umubiri umwe: kandi mube abama bakenguruka.Ab...
12/11/2025

Kand' amahoro ya Kristo aganze mu mitima yanyu, ayo mwahamagariwe ngo mube umubiri umwe: kandi mube abama bakenguruka.
Ab'i Kolosayi 3:15

's Agenda

IKANGURO IKANGURO 🔥Turanezerewe🙏kubatumira mu Gikorane c’Ikanguro c’imisi 3.Notre conviction : 🛑Uzomenya umugambi w’Iman...
25/08/2025

IKANGURO IKANGURO 🔥

Turanezerewe🙏kubatumira mu Gikorane c’Ikanguro c’imisi 3.

Notre conviction :
🛑Uzomenya umugambi w’Imana kubuzima bwawe
🛑Uzonagurwa,wongerezwe inkomezi za Mpwemu yera
🛑YESU NINYISHU burikibazo cose ufise uzotahana inyishu

🗓 Itariki: 29–31 MYANDAGARO
⏰ Isaha:12h vend 14h sam
📍 Ahantu:EEAC rweza

👉 Ni umwanya wo gukanguka mu mpwemu no guhura n’Imana..NTUSIBE
Plus info +257 61989780

06/07/2025

God’s Agenda kumuhamagaro wugushinga urugo.

06/07/2025

6 Nayo jewe, ndi hafi yo gutanga ubuzima bwanje ngo busukwe nkʼishikanwa ryʼikinyobwa; igihe canje co kurangiza kirash*tse. 7 Nagwanye intambara nziza, narangije urugendo, nazigamye ukwizera. 8 Ubu ndindiriye umudari wo kugororoka, uwo Umwami Imana, we mucamanza agororotse, azompa kuri uwo musi. Kandi ntazowuha jewe jenyene, azowuha nʼabarindiranye igishika uguhishurwa kwiwe. 2Tim4:6-8

Address

Gitega

Opening Hours

Monday 06:00 - 23:59
Tuesday 06:00 - 23:00
Wednesday 09:00 - 17:00
Thursday 06:00 - 17:00
Friday 09:00 - 17:00
Saturday 09:00 - 17:00

Telephone

+25779437708

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Predication Of Cross Ministry posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Place Of Worship

Send a message to Predication Of Cross Ministry:

Share