Winners in Christ Group

Winners in Christ Group Ariko murivyo vyose turuhishwaho kunesha n'uwadukunze

Shalom,Turi n'Umunezero udasanzwe wo kubamenyeshako kuva le25/09/2023Ikiganiro Hinduka Uhindure Abandi muzoba mutanguye ...
21/09/2023

Shalom,
Turi n'Umunezero udasanzwe wo kubamenyeshako kuva le25/09/2023
Ikiganiro Hinduka Uhindure Abandi muzoba mutanguye kugishikirizwa.
Murashobora gusiga nimero yanyu muri Commentaire tubashire muri Groupe canke mukatwandikira kuri
+25761790012.
Hinduka Uhindure Abandi!!!
Mwaragezagiwe cane.

Shalom,Mu BUZIMA INKOMEZI ZACU SIZO ZIDUHA KUNESHA NAMBA TUNESHA NUKO UHORAHO ABA YAGABUYE ABANSI BACU MU BIGANZA VYACU....
10/09/2023

Shalom,
Mu BUZIMA INKOMEZI ZACU SIZO ZIDUHA KUNESHA NAMBA TUNESHA NUKO UHORAHO ABA YAGABUYE ABANSI BACU MU BIGANZA VYACU.
NDAGUTUMIYE UNATUMIRE MUGENZAWE # BIGANZA VYAWE EVENT # #
Mwarahezagiwe!!!

  KIGEZE #
08/08/2023

KIGEZE #

03/08/2023

MU BUZIMA,
ATA BANSI NTA NTAMBARA ATA NTAMBARA NTA KUNESHA
💪💪TURI ABANESHA MURI KRISTO💪💪

16/07/2023

MU BUZIMA INTANGO YO KUNESHWA N'UKWIBAGIRA KO URI UWUNESHA.

Shalom,WINNER'S IN CHRIST TUBIPFURIJE IBIHE VYIZA
11/07/2023

Shalom,
WINNER'S IN CHRIST TUBIPFURIJE IBIHE VYIZA

Shalom,KUBARI I GITEGAMurahawe ikaze murino Programme nziza yaMOMENT D'ETUDE BIBLIQUE Aho Tuzosangirira hamwe Ubuzima Mw...
10/07/2023

Shalom,
KUBARI I
GITEGA
Murahawe ikaze murino Programme nziza ya
MOMENT D'ETUDE BIBLIQUE
Aho Tuzosangirira hamwe Ubuzima Mw'IJAMBO
Mwarahezagiwe.

Shalom,Winner's in Christ GroupTubipfuruje Kumenywa n'ImanaMWARAHEZAGIWE cane.
05/07/2023

Shalom,
Winner's in Christ Group
Tubipfuruje Kumenywa n'Imana
MWARAHEZAGIWE cane.

Shalom,W.C.GTurabipfurije kunesha Mw'izina Rya YESU KRISTO.Amen.
20/05/2023

Shalom,
W.C.G
Turabipfurije kunesha Mw'izina Rya YESU KRISTO.
Amen.

13/05/2023

Winner's in Christ

SHALOM SHALOM TURABAHAYE IKAZE MURI KINO GIKORANE.""AMARIRA Y'UMWINGINGIZI""EZEKIYERI9:4
14/04/2023

SHALOM SHALOM
TURABAHAYE IKAZE MURI KINO GIKORANE.
""AMARIRA Y'UMWINGINGIZI""
EZEKIYERI9:4

Address

Gitega

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Winners in Christ Group posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share