UMC:Murehe District

UMC:Murehe District Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from UMC:Murehe District, Religious organisation, Murehe, Gisuru.

23/01/2026

ISHENGERO METHODISTE UNIE
AKARERE K'UBURUNDI N'URWANDA,
INAMA Y'UMWAKA Y'UBURUNDI
UBUBWIRIZA BWA MUREHE

URUGENDO RW 'UMUKURU W 'UMUHARI W'ABAKENYEZI MU NAMA Y'UMWAKA Y'UBURUNDI

Kuva kw itariki ya 21/01/2026-22/1/2026,Umukuru w,Umuhari w'Abakenyezi mu nama y 'Umwaka y 'uburundi, umutambukanyi Wa Nyenicubahiro Musenyeri w 'Ishengero Méthodiste Unie mu Karere k 'Uburundi n' Urwanda yaragendeye umuhari w'abakenyezi ba District MUREHE arikumwe na komite yiwe,n 'intumwa ya GBGM,umu Misiyoneri ava mu Gihugu ca Congo.

Nyakwubahwa Représentant Legal Suppléant afadikanije na Nyakwubahwa umubwiriza w'ububwiriza bwa MUREHE,chef laïc,comptable,Umukuru wabakenyezi k'ububwiriza,Abungere b'ama paroisse n'abatwara Ama centre,abakukuruke n'abarongozi b 'imihari mu ma paroisse,yarahaye ikaze Abo bash*tsi b'iteka anabashimira kw'iteka bateye ububwiriza bwa MUREHE,

Umukuru w'umuhari w'abakenyezi kuri conférence yarashikirije ibigize inyigisho:

a)Ico arico umuhari w 'abakenyezi
b)Coopérative Ubuzima busagutse
c)Icigwa c ingo n'imiryango
d)Umukenyezi mu burongozi bwiwe

Yishimikije ijambo Ry' Imana Riri muri Yohana8:2-12 Misiyoneri Efride, yavuzeko vyoroshe kubona ivyaha vy'uwundi no kumushengeza umuntu atiyumviriye kuvyiwe bicumuro,ahamagarira abakenyezi kurondera abanyavyaha babazane kuri Kristo,baharirwe ivyaha, maze bafashwe guhaguruka maze bakayangane mubikorwa n 'ingendo zabo,

Mu cigwa catanzwe n'icegera c'Umukuru w'umuhari w'abakenyezi, Abakenyezi bararonkejwe insiguro zijanye n 'Umuhari KO umunyamuhari ari uwo wese yinjirira mw ishengero kandi yegukira mu gisata akukiraramwo,ufatiye kugitsina n'imyaka,
Ico cigwa carangiye,abakenyezi bashoboye gutandukanya umuhari,n'imirwi y'abaririmvyi,

Mu cigwa ciwe umuhuzabikorwa yeretse abakenyezi ingene bokwitunganiriza Imigambi mitomito ndetse bakanasaba ingurane babicishije muri coopérative Ubuzima busagutse,yanabasvye kwinjira muma coopérative y ubudandaji ntibagume bazera inze

Mu cigwa c'Ingo n'imiryango catanzwe n'umukuru w

Send a message to learn more

04/01/2026
04/01/2026

Address

Murehe
Gisuru

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when UMC:Murehe District posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share