International impact Holly Church

International impact Holly Church Dimanche Spéciale le 03/01/2021

Uvyemera canke uvyanka,kenshi ubuzima umuntu abaho buramatanye n'amakuru yumva kenshi.Niwabaho wumva inkuru z'abarozi,im...
10/10/2024

Uvyemera canke uvyanka,kenshi ubuzima umuntu abaho buramatanye n'amakuru yumva kenshi.Niwabaho wumva inkuru z'abarozi,imizimu,amajini,....gusumba uko ubwigwa ukubaho kw'Imana,ugukora kwayo uwo uba inyuma yoguhitamwo kuvuka ubwakabiri uzokwama mubuja.Umaze kwimika Kristo Yesu muri wewe uhabwa ububasha hejuru yikintu cose.Murico gihe ubutumwa ukeneye nukwibutswa gukoresha ubwo bubasha igihe cose nahose nomuri vyose.Ntihagire uwusubira kukubesha yuko ubwo bubasha bubitswe muri Pasteur, Évangéliste, Prophète, Apôtre, Enseignant bonyene.Ivyo wumva biguteye ubwoba canke biguciye intege ubushobozi bwo kubikuraho buri muri Yesu Kristo.Umwakiriye muri wewe ubwo bushobozi busigara bukorera muri wewe.

20/12/2023

Ntamwansi ngira gusa hari abantu igihe cabo co kuba mubuzima bwanje caheze

22/07/2022

Ikanguro ridasanzwe ryaradushikiriye mu Burundi. Igitega.

26/06/2022
06/06/2022

Kandi ibimenyetso bizokwama bigaragara kubizera nibi.Bazorambika ibiganza kubawaye bakire, bazovuga izindi ndimi, bazosenda abadayimoni mwizina rya Yesu,kandi bazorya icica ntaco kizobagira

14/02/2022

Umusi mwiza kuri mwese

Address

Bwiza

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when International impact Holly Church posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share