Dr.Lionel Lionautel Mbonankira

Dr.Lionel Lionautel Mbonankira Architect,Teacher,Writer,Founder of GoodNews Group,Cofounder of SOSACE.SA,CEO LLM Foundation,Evanglism

💐As we enter this December download your project successfully and learn again the next one move with glory 💐Time of than...
01/12/2025

💐As we enter this December download your project successfully and learn again the next one move with glory 💐Time of thanksgiving.

🎊amavuta atuma bimera neza igihe cose Ubwiza buhishutse hagati mukintu mfise ishimwe ibwina 🎊
n'ubukerebutsi vyose ni Data aba abifisemwo uruhara rukomeye ukwiye kugira umutima ushira mugaciro aragukoresha nk'igikoresho ciwe c'icubahiro mpora numva umunezero igihe cose mvuye kwigisha ijambo ry'ubwiza akahishurira ubwoko bwayo amajambo menshi hama wewe ukaguma nk'igikoresho icamwo ngo ubwiza n'ijambo rishike neza aho ryagenewe gushikira hama agasubira akaguha inkomezi nsha kandi ukaba nk'impongo ivuye muruhongore ukarema 💐
🎊ariko ntibashobora gutsinda ubgenge na Mpwemu bimuvugisha.
🎊 Nukw ijambo ry'Imana riragwira; abigishwa barondoka cane i Yerusalemu, abaherezi b'akavuvu bumvira ukwizera.

26/11/2025
Hey here we go don't miss this opportunities plan to be with us on this life changing program, come and meet your move ,...
15/03/2025

Hey here we go don't miss this opportunities plan to be with us on this life changing program, come and meet your move ,your life will never remain the same again

Evangelism mindset program

As we enter this new year       💦focus on this view point 💦+ As we progress prioritize this- there is a voice who speak ...
05/01/2025

As we enter this new year
💦focus on this view point 💦
+ As we progress prioritize this
- there is a voice who speak up on the spiritual realms again and again
+ before moving think again and again
+ on your way we need mentoring and coaching🥰

♻️wow meditation is an art of update your spiritual realms up than read , up to revelation source Rehma.♻️ Non' ubu iyi ...
09/09/2024

♻️wow meditation is an art of update your spiritual realms up than read , up to revelation source Rehma.♻️

Non' ubu iyi si iciriwekw iteka, non' ubu umutware w'iyi si agira ahindirwe hanze.
32 v Nanje ni namanikwa hejuru y'isi, nzokwikwegerako bose.

Yohana 12 : 31-32.

⭕️Aturana nanje Ukwatura kwera⭕️

⛔️Nk'uko Mose yamanitse inzoka mubugararwa abayiraba bose bagakira ubumara bw'inzoka.
Nk'isezerano ry'ukumwizera muri jewe araganje mumpande zose ivyishize hejuru mubuzima bwanje birahindiwe hanze mw'izina rya Yesu kristo ,yaranyikwegeye muri vyose nd'uwiwe iteka ryose narakize ubumara bumurwanizi muburere bwose mfise ubuzima ntekeye kristo muri jewe ndajojota ubuzima bw'ubumana narakize hallelujah. ⛔️

🌾🌾🌾We must target to see inside the things no matter what we see in front of , Focus until the spring brings the last on...
02/08/2024

🌾🌾🌾We must target to see inside the things no matter what we see in front of , Focus until the spring brings the last one 🌾🌾🌾

🏛Architect mindset
🥀dr.Lionautel ✍️

🌾🌾🌾I waiting to hear the voice of my commander , I will answer a billion time  just focus to the Master🥀🥀🥀🌺No going back...
25/07/2024

🌾🌾🌾I waiting to hear the voice of my commander , I will answer a billion time just focus to the Master🥀🥀🥀

🌺No going back no holding back again 🌹

.Who is calling my name .

☄️It about GoodNews of Jesus Christ the Messiah ☄️☄️Yewe ubarira Siyoni ubutumwa bgiza, duga umusozi muremure; yewe ubar...
13/07/2024

☄️It about GoodNews of Jesus Christ the Messiah ☄️
☄️Yewe ubarira Siyoni ubutumwa bgiza, duga umusozi muremure; yewe ubarira Yerusalemu ubutumwa bgiza, semerera cane ushimitse; semerera, ntutinye; ubgire ibisagara vy'i Buyuda, ut' Eh' Imana yanyu!
Yesaya 40:9.
This sun will shine like never before

🔥🔥🔥this 1st july 2024 EEAC Gatumba was like this 🔥🔥🔥🔥🔥🔥 Relive with us on this image during the ceremony of Biblical clu...
04/07/2024

🔥🔥🔥this 1st july 2024 EEAC Gatumba was like this 🔥🔥🔥

🔥🔥🔥 Relive with us on this image during the ceremony of Biblical club lycee communal Gatumba of close the activities winning soul at school 🔥🔥🔥

Kuruwo musi wo gusezerana n'ukurangiza umwaka uwurongoye iyo zone yahagurukanye ishimwe n'ukuvuga muncamake ingene iryo shure muntango vyagoranye ingene bazeza abarongozi igikorwa c'ukurongora abandi ,
Yasubiye kwibutsa ko igikorwa cama Groupe biblique uno mwaka cahuye n'intambamvyi nyinshi rero ko bakeneye kuza barafatana munda muri rusangi.

🔥💧Aho yahagurutse ashimira iyo Groupe biblique n'abakoranye n'abarongozi kugira igikorwa c'ukuzana benshi kugakiza gishoboke, Yaciye atanga udushimwe (ama certicat ) kubarongozi n'abandi bakoze cane gusumba abandi muri rusangi .

🌊Aho Yaciye ahamagara abarongozi bamashengero baraho bahoze barongoye ama Groupe ubu babaye aba Pastor ngo bamufashe gukeza urwo rwaruka n'ukubaragiza isengesho muri rusangi aho Pastor Reverien yahoze arongoye Groupe biblique lycee ubu yabaye Pastor wo kuri Eglise Anglican gatumba yabasengera n'ukubatekerera impanuro .

Aho ico gikorwa casozerwa n'ugusangirira hamwe n'abatumire batandukanye bari bateye iteka ico gikorwa c'ukurangiza umwaka w'ivuga but butumwa mumashure alleluia.

🔥🔥🔥ooooh your peace ohhhh Lord let’s the tongue of fire dominate again on the realm 🔥🔥🔥                                 ...
11/06/2024

🔥🔥🔥ooooh your peace ohhhh Lord let’s the tongue of fire dominate again on the realm 🔥🔥🔥


🖇️That is my Prayer 🖇️

🔥 Abashikanye benshi mugakiza bazokwakaka nk’inyenyeri Ikintu cerekana ubutumwa Evangelist Renard Bonnker.  Yakunda kwig...
07/06/2024

🔥 Abashikanye benshi mugakiza bazokwakaka nk’inyenyeri

Ikintu cerekana ubutumwa Evangelist Renard Bonnker. Yakunda kwigisha bino bintu bitatu:

🔥umuriro wa mpwemu yera,
Ubushobozi bw’Amaraso ya Yesu ,
🎶ubushobozi bw’Umusaraba wa Yesu kristo

Akabivuga n’ubushobozi bwinshi avuga mundimi abihana bakaza ari benshi cane kuri Data watwese Africa shall be saved and I saw the all continents,🔥

Address

Buyenzi

Telephone

+25761928016

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Dr.Lionel Lionautel Mbonankira posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Place Of Worship

Send a message to Dr.Lionel Lionautel Mbonankira:

Share