11/11/2025
Data arakora … nanje ndakora! Ko Data yongeye kwemera ndi n’ umunezero n’iteka ntangere ryo kubatumira muri “ABANYAMATEKA WOMEN’S CONFERENCE 2025”
Ijuru ririteguye kukugirira neza birenze ukwo wovyibaza,amabanga menshi azoshirwa ahabona kubikwerekeye mukenyenzi nawe mwigeme ukunda Imana kandi wifuza kuyikorera!
Don’t miss & come with a friend