YVES YABES

YVES YABES Official page of YVES YABESI to proclaim and show the power of Jesus Christ for us all
(3)

🌡️ Ndavugishijwe k'ubuzima bwanyu Imana igarukane igikundiro c'iterambere k'ubuzima bwawe n'ubw'umuryango wawe mwizina R...
20/08/2026

🌡️ Ndavugishijwe k'ubuzima bwanyu Imana igarukane igikundiro c'iterambere k'ubuzima bwawe n'ubw'umuryango wawe mwizina Rya Yesu Kristo ✍️

IJORO RYIZA 🫵
Whtsap 61478320💪
Ndabakunda❤️

NDAGUSENGEYE KUVA AKANYA ISENGESHO RYOSE WASENZE WIZEYE RYISHURWE UYUMUGOROBA MWIZINA RYA YESU KRISTO
20/08/2026

NDAGUSENGEYE KUVA AKANYA ISENGESHO RYOSE WASENZE WIZEYE RYISHURWE UYUMUGOROBA MWIZINA RYA YESU KRISTO

20/08/2026

Ndabona IGITANGAZA c’amafaranga kije kirondera izina ryawe uyumusi mwizina rya Yesu kristo 🫵🫵

19/08/2026

Itsinzi itazibirwa ibaye kuri wewe mwizina rya Yesu kristo akakanya nyene vyakire wizeye 🫵

19/08/2026

🤷GUKUNDA N’ITEGEKO RY’IMANA ARIKO KUBANA N’UMUNTU NAMAHITAMWO Y’UMUNTU🙆‍♂️NIVYO CANKE SIVYO?😃

18/08/2026

MUBU*IMA NIMBA USHAKA KUBA MWIZA BIKORERE KUKO IKOTI WAMBITSWE N’UBUHEMU URYAMBURWA N’IGIHE 🙆‍♂️🫵

*IJORO RYIZA KURI MWESE 🔥🙌*

18/08/2026

Ndunva ijwi rimbwira ati humura agahinda kawe uragakijijwe mwizina rya Yesu kristo AMEN 🫵🫵wewe nyene ubonye iyi poste👀

18/08/2026

NDAGUSENGEYE NTI IMANA IGUKUREKO IMIVUMO YOSE U*I NIYUTAZI K’UBU*IMA BWAWE MWIZINA RYA YESU KRISTO AMEN ✍️

17/08/2026

IRIJORO RYOSE UHORAHO AGUHISHE IMPWEMU ZOSE ZITAVA KU MANA MWIZINA RYA YESU VUGA AMEN ✍️

Address

Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when YVES YABES posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share