27/08/2026
📢Twige kandi twigishe n’abandi kwubaha Uhoraho
=====================================
Iyo ni yo ntumbero izokwisungwa mu c’imisi 4 kiriko kibera muri Paruwasi yitiriwe Andreya mweranda ya Kanyosha, catanguye kuri uyu wa 27 Myandagaro kikazorangira ku wa 31 Myandagaro 2026, bishimikije amajambo aboneka mu gitabo co 4 :10.
📍Ico gikorane kikaba n’ w’Ishengero Anglikane mu Burundi akaba n’Umwepiskopi wa Diyoseze ya Bujumbura Eraste Bigirimana, ikaba ibikorwa kuva ashizwe mu ntebe kuri uyu wa 23/6/2026.
🔴Umuvugabutumwa yasiguye ijambo ry’Imana, yibukije ishengero ko ico Imana igomba ku bantu bayo ari uko bakagendera mu vyagezwe na yo.
🗣: Kugira ngo umuntu yubahe Imana, abanza kuyimenya, akamenya ivyo igomba biciye mu ryayo ku musi ku musi hamwe no , maze .
🔴Ati: Umuntu wese ahamagarirwa kwigisha abandi kwubaha Uhoraho, , ubuzima bwiwe(aho aba, aho yiga, aho akorera, aho ari hose) bugashinga intahe ko yubaha Uhoraho, gutyo n’abandi bakabona ubwiza bw’Imana biciye muri we.
🔴Mu kurangiza ibikorwa vy’uyu musi, Umwepiskopi mukuru yibukije ishengero ryari muri ico gikorane ko ari abavugabutumwa aca abasaba kutigungana inkuru nziza ariko ko bogenda n’abandi muri ivyo bihe vyiza vyo kwumva ubutumwa bwiza.
🙌Ico gikorane kikaba cari citabwe n’abatumire batandukanye bava mu maparuwasi agize Diyoseze ya Bujumbura, abapasitori n’imirwi y’abaririmvyi nka yo muri Paruwase Saint Marc mu Ngagara hamwe na yo ku Musaga
📌Mwomenya ko kizobandanya ku musi w’ejo gushika ku w’Imana
Murahawe ikaze muri ivyo bihe vyiza vyo kwumva ubutumwa bwiza