05/01/2026
Guys Umurwi Yesu NIYAMAMARE turakwipfurije umwaka mushasha wa 2026 Imana ikugendere Kandi izigukoreko uyumwaka uzukubere uwudasanzwe genda uhure nImana muruyumwaka ncuti yanje hagati aho Umugwi YESU NIYAMAMARE MINISTRY tubafutiye vyinshi muruyumwaka muze mubane natwe