DUkunde IMANA

DUkunde IMANA Bujumbura-Kinama-Gitega

02/02/2026

Mbega wewe uhora wibaza kino kibazo :Mbega ko adamu yatanguye kubaho wenyine ,umuntu wanyuma nawekuri ino si niyapfa azohambwa nande abandi batakiriyo ?

BAKUNZI BARUNO rubuga DUKUNDIMANA nkawe uri nkuno mugabo atakubesha kurimwo wohitamwo ikihe dufate nturakira Yesu ,ntanz...
10/12/2025

BAKUNZI BARUNO rubuga DUKUNDIMANA nkawe uri nkuno mugabo atakubesha kurimwo wohitamwo ikihe dufate nturakira Yesu ,ntanzu ufise, baragusuzugura ntacubahiro uvuge utabeshe ibiri k'umutima. jewe ni YESU🫵
# Ijambo Kugikorwa

07/11/2025

Que Dieu vous donne une bonne comprehension

07/11/2025

Dieu l’Éternel, Lui qui sonde les cœurs et connaît toutes choses, n’attend pas seulement que tu saches qu’Il sait ; Il désire que tu t’approches de Lui, que tu Lui parles, et que tu Lui confies ce que ton âme recherche.

06/07/2024

Bakunzi banje ,ndabipfurije imigisha n imihezagiro !

Uyu munsi mu gitondo nagiye aho babika ibiziga (mortuary)kandi nibwo bwari bwa mbere ninjira ahantu nkaho ariko ico nabo...
01/07/2024

Uyu munsi mu gitondo nagiye aho babika ibiziga (mortuary)kandi nibwo bwari bwa mbere ninjira ahantu nkaho ariko ico nabonye kigoye kubasigurira ariko reka mbiganire namwe

Mbere nkiriko ninjira nahuye n'amajambo yanditse hejuru ku mwango ati:("na twebwe twari nkawe")

Natinye cane kubona imibiri y'abapfuye ukuntu yari iryamye hari ibiziga birenga 50 ibindi biziga bikiriko bipangwa kuri (Jerry cans)ahandi naho biryamitswe ku meza bogerezaho ibiziga ibindi nabyo biriko bishirwa muri frigo (fridge)

Twakomeje imbere tugenda ahari ikiziga c'uwari umugenzi wanjye duhash*tse uwuhakora afukura umubiri w'umugenzi wanjye utari bwabikwe wari ukiri ku gitanda
nditegereza uwahora ari umugenzi wanje ukuntu aryamye atagishoboye no gufuka umubiri akoresheje amaboko yiwe niho naca nibaza nti:

_Kubera iki twanka kwibuka Imana tugihumeka umwuka w'abazima?

_Kuberiki twibona,tugaya abandi nk'aho umengo umwuka duhema tuzowuhorana iteka?

_Kubera iki twiyita aberanda mu mitima yacu huzuye ishari?

_Kubera iki twica abandi dukoresheje(uburozi,ibimara,inkoho)abandi tukabica tubaronderamwo ubutunzi mugush*tsa ibyipfuzo iby'isi?

_Kubera iki tugirira inzigo abandi tubateranya ku bakoresha babo kugira birukanywe ku kazi ?

"NCUTI YANJYE

_Ubuzima bufite igihe
_Igiti ufite muri Leta gifite igihe
_Ubutunzi ufite uyu munsi bufite igihe
_Ako kazi ukora nakonyene gafite igihe

"Simenya igihe nzovira kw'isi ariko nabonye uko nzaba meze umunsi Imana yankuyemwo umwuka w'abazima

"NDIPFUZA

_Gukorera Imana nkihumeka umwuka w'abazima
_Nkicisha bugufi nkihumeka umwuka w'abazima
_Ntange imbabazi kubankoshereje bose nkihumeka umwuka w'abazima

"Kuko ubuzima ndimwo uyu munsi bufite igihe"

Niho naca nsohoka aho babika ibiziga by'abapfuye nsenzerwa n'amajambo yari hejuru ku mwango wo gusohokeramwo yanditse:("Mukanya gato nawe uzaba uri hano")
narize nibutse ibyo mpora nkora nca mfata ingingo yo kwakira agakiza guhera uyu munsi uriko usoma buno butumwa

"Ncuti ya

15/04/2024

Ni kihe kintu cerekanako umusore canke umwigeme ari umwizigirwa ?

14/02/2024

N'ikihe kintu mw'isi wobura kandi ufise amahera? Kandi n'ikihe kihe kibanza umaze kwumva kidashikwamwo kubera amafaranga

11/02/2024

Amahoro Yesu yampaye ndayagumije, kuko arampagije! Mega nawe ncuti amahoro ufise ava kwa nde ?

Address

14
Bujumbura

Telephone

+25768848929

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when DUkunde IMANA posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share