19/08/2023
Hari nkino tariki,nuku kwezi nyene(19/08/....)Niho Imana yemera ko nshika amahoro kurino si,nshimire abavyeyi banje bavyemeye,abo tuvukana bose,incuti zanje nziza,nshimire nuwo wese ariko arakora ibishoboka kugira nshike kure cane.
Abashaka kunyipfuriza isabukuru nziza(HBD) barahawe ikaze amasaha yose asigaye nzoba ndahari!!!!
Ni akarya ko gushimira Kristo Yesu we aguma andinda naho satani atako atagira.Nshimire abariko bashiramwo uruhara rukomeye kugira mbandanye ntera imbere.Mukomere cane,muri abagenzi b'ukuri.
Happy Birthday to me....Merci Papa God.I love you Jesus...ama surprise menshi menshi....