Eglise Emmanuel Bwiza

Eglise Emmanuel Bwiza Abanyefeso5:14

Bon début de la semaine à toutes et à tous. Retour en images sur le culte de ce dimanche, le 24 mai 2026
25/05/2026

Bon début de la semaine à toutes et à tous. Retour en images sur le culte de ce dimanche, le 24 mai 2026

17/05/2026

Urufatiro rw'icigwa c'uno musi w'Imana, igenekerezo rya 17 Rusama 2026:    Matayo 19:16-30Uyu musore avugwa mw'iki gisom...
17/05/2026

Urufatiro rw'icigwa c'uno musi w'Imana, igenekerezo rya 17 Rusama 2026:

Matayo 19:16-30

Uyu musore avugwa mw'iki gisomwa, biraboneka ko yari umuyuda (juif) yize gukurikiza ivyagezwe. Abantu benshi turakunda kwiyerekana nk'abagororotsi, Yesu yahise amubwira ko asigaje kimwe; gushora ivyo afise vyose akagaburira aboro, aca asubira inyuma ababaye.
Yesu aca arereka abari ngaho ko abantu bizigiye ubutunzi kurusha kwizigira Imana.
Aho naho Petero (umwigishwa wa Yesu) aca arikangura ati tweho ko twahevye vyose tukagukurikira tuzotahana iki? Yesu aratera intege abizeye ko tuzicara tugahemberwa ibikorwa twakoze, ikindi tuzocira imanza imiryango 12 y'abisilayeri.
Sico gusa tuzoshumbushwa tukiri mw'isi.

Mw'isi ibibazo ni vyinshi, abagenda n'amaguru dufise ibibazo, abagenda n'imodoka bafise ibibazo, abapanze n'ibibazo, ababa muzabo n'ibibazo.
Mbega har'umusi tuzovyuka tugasanga nta kibazo kihari?
Tukiri mur'ino si ibibazo bizokwamaho. Uko abantu bava kuri Yesu niko umwijima ukomeza kwiyongera mw'isi. Igihe dukorera Imana nk'abantu barambiwe, usanga tuvuga ngo ivyo nasengeye narabuze ngo n'ivyo vyo gusenga ndabihevye.
Nitwagumana ubwizigirwa turiteze kuzoganzanya nawe.

Ijambo ry'Imana rihamagarira umuntu wese atarizera Yesu Kristo, ngo aze ahitemwo kumwizera, ntasubire inyuma nk'uko uwo musore yabikoze.

Umuvugabutumwa: BUHERI Innocent

Bonne journée dominicale à toutes et à tous! Voici en images, le résumé du culte d'aujourd'hui, le 10 mai 2026
10/05/2026

Bonne journée dominicale à toutes et à tous! Voici en images, le résumé du culte d'aujourd'hui, le 10 mai 2026

Retour en images sur le culte du 26 avril 2026. Bon début des activités de la semaine. Que Dieu bénisse les bonnes œuvre...
27/04/2026

Retour en images sur le culte du 26 avril 2026. Bon début des activités de la semaine. Que Dieu bénisse les bonnes œuvres de nos mains. Amen

Bon dimanche à toutes et à tous! Retour en images sur le culte d'aujourd'hui, le 19 avril 2026
19/04/2026

Bon dimanche à toutes et à tous! Retour en images sur le culte d'aujourd'hui, le 19 avril 2026

Retour en images sur le culte de ce dimanche le 12 avril 2026
12/04/2026

Retour en images sur le culte de ce dimanche le 12 avril 2026

Big shout out to my newest top fans! 💎 Nishimwe Kenthia, Ann NiyoKwz'gra, Nijimbere Libere, Salomon Ahinkuye, Christella...
25/03/2026

Big shout out to my newest top fans! 💎 Nishimwe Kenthia, Ann NiyoKwz'gra, Nijimbere Libere, Salomon Ahinkuye, Christella Kiki, Eliphaz Ndayikengurukiye

Drop a comment to welcome them to our community,

Address

BWIZA 3Avenue No 31
Bujumbura

Opening Hours

Monday 06:00 - 07:00
Tuesday 06:00 - 07:00
Wednesday 06:00 - 07:00
Thursday 06:00 - 07:00
15:00 - 18:00
Friday 17:00 - 20:00
Saturday 07:00 - 19:00
Sunday 08:00 - 14:00

Telephone

+25779458010

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Eglise Emmanuel Bwiza posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Place Of Worship

Send a message to Eglise Emmanuel Bwiza:

Shortcuts

Share

Category