Prophete Joachim Miracle

Prophete Joachim Miracle Iyi page yacu yaragize ikibazo twaciye twugurura iyindi abantu banje mwibuke kubandanya munkurikirana muciye kwiyi link👇

lmana igiye kugukuza mu burere bwose mwizina ry’Umwami wacu Yesu Kristo Atura uti ivyo vyambaye umubiri
27/08/2026

lmana igiye kugukuza mu burere bwose mwizina ry’Umwami wacu Yesu Kristo

Atura uti ivyo vyambaye umubiri

Yesu Kristo arakizaUno munsi nyene le 27/8/2026 isaha (16hoo-19hoo) ntutegure gusiba canke gucegwa Uno muntu lmana yamuk...
27/08/2026

Yesu Kristo arakiza

Uno munsi nyene le 27/8/2026 isaha (16hoo-19hoo) ntutegure gusiba canke gucegwa

Uno muntu lmana yamukijije dimanche

Uriteguye ni guhera ejo (16hoo-19hoo) lmana ni Gitangaza
26/08/2026

Uriteguye ni guhera ejo (16hoo-19hoo) lmana ni Gitangaza

ISOKO YA KININDO NGO IRAHIYE Bantu b’lmana dufukame dusenge - lmpwemu yikibi iriko iraganza tuyirukane ababishoboye ni b...
25/08/2026

ISOKO YA KININDO NGO IRAHIYE

Bantu b’lmana dufukame dusenge

- lmpwemu yikibi iriko iraganza tuyirukane ababishoboye ni baze dufukame dusenge

- Ntibikwiye ko abana b’lmana baceceka ni gihe co guhaguruka twese tugasenga bino bintu satani ariko aduca muryahumye tube maso kabisa

IGIKORANE IGIKORANE IGIKORANE lno ndwi ni ndwi y’ibitanganza : ukaba u*i umuntu agwaye ,aboshwe ni mpwemu yinyatsi na ka...
24/08/2026

IGIKORANE IGIKORANE IGIKORANE

lno ndwi ni ndwi y’ibitanganza : ukaba u*i umuntu agwaye ,aboshwe ni mpwemu yinyatsi na karande canke yavunitse lmana itanze akaryo ko kubatabara

lno programme yibwire abandi yishikane kure nino ndwi nyene

Jeudi (16hoo-19hoo )
samedi (9hoo-13hoo)
Dimanche (9hoo-13hoo)

Adresse Bujumbura commune ntahangwa zone kinama quartier kanga avenue m forest numero 12

ALL ABOUT SUNDAY SERVICE 🔥23th.08/2026 with Prophet joachim Aho twabonye ukugira neza kw'Imana Ukwezi Kwa  KW'UMUNANI  (...
24/08/2026

ALL ABOUT SUNDAY SERVICE 🔥
23th.08/2026 with Prophet joachim
Aho twabonye ukugira neza kw'Imana

Ukwezi Kwa KW'UMUNANI (AUGAST) ni KW’ISEZERANO

WO KUNENGESERA MU BURERE BWOSE
# CHURCH REDEEMED BY JESUS CHRIST

lno ndwi ndagusengeye ivyo uzokora vyose uzobone umugisha w’lmana Uzobona imirongo yivyiza yuguruka ku bwawe ariko imiry...
24/08/2026

lno ndwi ndagusengeye ivyo uzokora vyose uzobone umugisha w’lmana

Uzobona imirongo yivyiza yuguruka ku bwawe ariko imiryango yose yibibi irugawe mu vyawe no mu bawe mwizina ry’Umwami wacu Yesu Kristo

23/08/2026

join Us

Ndagusengeye uwu wa Mungu uguhitanize ivyawe na masezerano yawe mwizina ry’Umwami wacu Yesu Kristo Aturana nanje uti ntu...
23/08/2026

Ndagusengeye uwu wa Mungu uguhitanize ivyawe na masezerano yawe mwizina ry’Umwami wacu Yesu Kristo

Aturana nanje uti ntusiga uko

Mu mwanya muto (9hoo-13hoo) duhurire kurusengero ndafise surprise yawe y’ljuru

Adresse Bujumbura commune ntahangwa zone kinama quartier kanga avenue m forest numero 12

MATCHshalom bantu blmana ku munsi w’ejo dufise URUKINO RUDASANZWE ruzohuza ishengero rya CRJC na RADIO AKAZI NA KAZI CED...
22/08/2026

MATCH

shalom bantu blmana ku munsi w’ejo dufise URUKINO RUDASANZWE ruzohuza ishengero rya CRJC na RADIO AKAZI NA KAZI CEDEO

Ruzobera kuri TERRAIN YA CENTRE JEUNE KAMENGE bino bihe vyiza bizotangura (14hoo) mu vyukuri na barya batarakizwa dutegerezwa kubasanga ahari hohose mpaka bamwakire

Tuzotangura gusenga (9hoo-13hoo) hama duhejeje duce twerekeza kuri TERRAIN karibu rero kurusengero canke tuzohurireyo murumugisha

Address

Bujumbura

Opening Hours

Monday 09:00 - 00:00
Tuesday 09:00 - 00:00
Wednesday 09:00 - 00:00
Thursday 09:00 - 00:00
Friday 09:00 - 00:00
Saturday 09:00 - 00:00
Sunday 09:00 - 00:00

Telephone

+25776299040

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Prophete Joachim Miracle posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share