GMC Burundi

GMC Burundi Ce page est pour l' Eglise dénommée GOD'S MIRACLE CHURCH.

Vous aurez l'opportunité de suivre les Enseignements Bibliques , les Chansons Gospel , des Témoignages , ...

09/07/2023

Kaze mu Mwanya w’Ijambo na Pasteur Baudouin Isenge

Haracariho ivyizigiro mûri KRISTO YESU, ntucike intege UHORAHO agiye guhezagira ibikorwa vy’amaboko yawe.  🙌🏽🔥
09/02/2023

Haracariho ivyizigiro mûri KRISTO YESU, ntucike intege UHORAHO agiye guhezagira ibikorwa vy’amaboko yawe.

🙌🏽🔥

Kaze mu kwezi kwa kabiri, Witege ikintu gisha ku buzima bwawe mw’Izina rya YESU KRISTO. « Ehe ngira nkore ikintu gisha: ...
01/02/2023

Kaze mu kwezi kwa kabiri, Witege ikintu gisha ku buzima bwawe mw’Izina rya YESU KRISTO.

« Ehe ngira nkore ikintu gisha: ko kigira giseruke ubu, mbega ntimuzokimenya? Nzoca inzira no mu bugaragwa, ntembeshe inzuzi ahagadutse. »

Yesaya 43:19.

🙌🏽🔥

Umusi ugira gatatu w’Amasengesho ariko abera Gmc Burundi mu Carama azomara indwi yose atangura isaha cumi n’Imwe(17h00)....
25/01/2023

Umusi ugira gatatu w’Amasengesho ariko abera Gmc Burundi mu Carama azomara indwi yose atangura isaha cumi n’Imwe(17h00).

Twize Ijambo ryiza riri muri ESITERI 4:15-17.
Twige kuba imbere y’IMANA nayo izoseruka mu vyacu.

🙌🏽🔥

Uku niko vyari vyifashe k’umusi ugira kabiri w’Amasengesho muri Gmc Burundi mu Carama.Aho twasangijwe Ijambo riri mu IVY...
24/01/2023

Uku niko vyari vyifashe k’umusi ugira kabiri w’Amasengesho muri Gmc Burundi mu Carama.
Aho twasangijwe Ijambo riri mu IVYAKOZWE N’INTUMWA 12:6-10.

Murahawe ikaze amasengesho ariko atangura isaha cumi n’imwe z’Umugoroba.

🙌🏽🔥

Shalom Shalom! Turabaramukije mwese Amahoro y’IMANA abane namwe. Turashima IMANA ko yabanye natwe ku musi wa mungu itari...
16/01/2023

Shalom Shalom! Turabaramukije mwese Amahoro y’IMANA abane namwe.

Turashima IMANA ko yabanye natwe ku musi wa mungu itariki 15/1/2023 mûri Gmc Burundi mu Carama. Twabaye mu bihe aho umukozi w’IMANA Pasteur ava mu Gihugu ca Kenya 🇰🇪 yadusangije amajambo meza. Thème: UBUNTU BW’IMANA
KUVAYO 33:12-15
Yosuwa 5:8
Abantefeso 5:20

🙌🏽🔥

Turashimiye Kubwuno mugoroba w’Ubwiza IMANA yaduhaye, Turashimiye IMANA kubwu Umukozi w’IMANA Frebat Ban Ndmu IMANA yaru...
13/01/2023

Turashimiye Kubwuno mugoroba w’Ubwiza IMANA yaduhaye, Turashimiye IMANA kubwu Umukozi w’IMANA Frebat Ban Ndmu IMANA yarungikanye amajambo meza dusanga muri Malaki 3:1-2,4,5 hamwe no muri 2Petero 3:9,14.

Thème: NTITEBEJE ISEZERANO.

🙌🏽🔥

Turabaramukije Amahoro y’IMANA abe mûri mwebwe. Tugirako tubifuriza ibihe vyiza, Uhoraho abagirire neza Muri vyose ariko...
10/01/2023

Turabaramukije Amahoro y’IMANA abe mûri mwebwe. Tugirako tubifuriza ibihe vyiza, Uhoraho abagirire neza Muri vyose ariko twibuka kwitwararika ivy’Ubwami bw’Imana no kugororoka kuko ibisigaye vyose n’Inyongera duhabwa n’IMANA.

🙌🏽🔥

Shalom shalom!Uku niko inyigisho zo kuwa mungu itariki 08/01/2023 zagenze mw'ishengero rya Gmc Burundi mu Carama.Twarize...
09/01/2023

Shalom shalom!

Uku niko inyigisho zo kuwa mungu itariki 08/01/2023 zagenze mw'ishengero rya Gmc Burundi mu Carama.

Twarize kunyigisho zo kugira ubuzima bwa Kkristo muri twebwe ndetse no kugendera mu rukundo rwiwe.

🙌🏻🔥

Uku niko ibirori vyo gusengera umwungere mushasha Pasteur Baudouin Isenge muri Gmc Burundi mu carama vyari vyifashe! 🙌🏻🔥
07/01/2023

Uku niko ibirori vyo gusengera umwungere mushasha Pasteur Baudouin Isenge muri Gmc Burundi mu carama vyari vyifashe!

🙌🏻🔥

Ndavuga nti:"Mugendeshwe na Mpwemu,ni ho mutazosh*tsa ivyo akameremere kanyu kifuza."Ab'I Galatiya 5:16.🙏🏻 🙌🏻🔥
06/01/2023

Ndavuga nti:"Mugendeshwe na Mpwemu,ni ho mutazosh*tsa ivyo akameremere kanyu kifuza."

Ab'I Galatiya 5:16.🙏🏻

🙌🏻🔥

Shalom Shalom nncuti z'Umusaraba!Turashimiye IMANA kubwuno mugoroba w'Ubwiza aho twumvise amajambo meza y'IMANA aciye mu...
06/01/2023

Shalom Shalom nncuti z'Umusaraba!

Turashimiye IMANA kubwuno mugoroba w'Ubwiza aho twumvise amajambo meza y'IMANA aciye mu mukozi wayo aho yatusangije amajambo meza cane tusanga mu gitabo c'Ivyakozwe n'Intumwa 12:6-18.
Aho umumarayika yakiza Petero Herode.

🙌🏻🔥

Address

Bujumbura
1171

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when GMC Burundi posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Place Of Worship

Send a message to GMC Burundi:

Share