Jesus Michael

Jesus Michael

05/09/2026

One Heart Family

27/07/2026

IKIBAZO NICO KIGARAGAZA
KO URI UMWANA AKURIKIRA MW’ ISHURE



Amissi Abdoul
One Heart Family

Hataraba IKOSA, ntaco WOKOSORA
20/04/2026

Hataraba IKOSA, ntaco WOKOSORA




GOLIATI NTASABA UMUNTU AKOMEYEASABA UMUNTU UFISE ICIZERE     ❤️
16/03/2026

GOLIATI NTASABA UMUNTU AKOMEYE
ASABA UMUNTU UFISE ICIZERE

❤️

N’IKI UKWIZERA KWAWE KURIKO KURAKUBWIRA GUKORA?Kuko wibuke ico ukwizera kwawe kuriko kurakubwira gukora gishobora guhind...
14/03/2026

N’IKI UKWIZERA KWAWE KURIKO KURAKUBWIRA GUKORA?

Kuko wibuke ico ukwizera kwawe kuriko kurakubwira gukora gishobora guhindura ubuzima bwawe canke kikica ubuzima bwawe.
Ni ikihe kintu ukwizera kwawe kuriko kurakwereka? Kuko ico nico kidéterminer ivyo uriko urabamwo today.

yakoze ikintu gikomeye cane imbere y’ibitungwa vyiwe kugira vyakire ishusho yashaka. Nimba igitungwa gishobora kwakira ishusho kandi kitavuga canke cumve, gute wewe?
(ITANGURIRO 30:37-39)

Ibitungwa vyarakiriye, biravyara ico ukwizera gushaka. Ubundiho vyibungenze ico Yakobo yizera, kuko nivyo vyavyaye.
None gute wewe🤔 urafise ivyo uriko urabona today, canke ivyo uriko ubamwo, nivyo biriko birakurongora? 🤔 Ndafise ibibazo vyinshi kubwawe.

Ariko reka ndakubwire:
👉 Bihe iyindi shusho nshasha ihwanye n’uko ushaka. Bishoboka uyicape canke uyimanike ku bihome, hanyuma urindire urabe ico bizovyara.

Titegerezwa kuvyara ico wabishize imbere:
- Amahoro ✨
- Ubwiza
- Itsinzi 🏆
- Umunezero 😊
- Ugukira
- Urukundo ❤️
- Akazi
- Ubwenge
- Amanota meza
- Ico ushaka...

Bihe iyindi shusho nshasha, hanyuma ubibonere mu yindi shusho nshasha gusa.✨

WhatsApp Channel
https://whatsapp.com/channel/0029VbBulMbCnA7kELpXJX0O

One Heart Family

Unaweza kuwa unapitia wakati mgumu…Lakini Mungu hajakuacha 🙏❤️Dakika Moja inaweza kubadilisha siku yako na kukuletea ama...
01/03/2026

Unaweza kuwa unapitia wakati mgumu…
Lakini Mungu hajakuacha 🙏❤️
Dakika Moja inaweza kubadilisha siku yako na kukuletea amani ya moyo 🎹✨
Andika “AMEN” k**a unaamini.
Share ujumbe huu kwa mtu anayehitaji baraka leo.

Tizama YouTube:
👇👇👇👇👇👇👇👇👇

https://youtu.be/1cjU6XECM3A?si=sLYGNZ1Gldw_XyaV

03/02/2026

Address

Bujumbura

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Jesus Michael posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share