Abakunzi B' Ishengero Rya Pantecôte Nyanza-lac,ishure Rya Gitunda

Abakunzi B' Ishengero Rya Pantecôte Nyanza-lac,ishure Rya Gitunda Kumenyeshenya Ibihakorerwa

Umugeni aratashe aheza Mwijuru dufise icizere co kuzabana nawe
23/06/2023

Umugeni aratashe aheza Mwijuru dufise icizere co kuzabana nawe

Kumara umusi umwe munzu Y Imana biruta kumara imyaka igihumbu bihimbaro vyumubiri. Ngo winjire ubone uburuhukiro
15/05/2023

Kumara umusi umwe munzu Y Imana biruta kumara imyaka igihumbu bihimbaro vyumubiri. Ngo winjire ubone uburuhukiro

14/05/2023

Amen

04/05/2023

Umugororotsi azobeshwaho no kwizera. Ntimukangwe nibihe. Tuzabaho kubwubuntu bwa Ndiho. Kuba uri uwobagaya ubu ntibisigura Yuko ejo utoba uwo bubaha. Wewe zigama ubugororotsi mugenzi no kwatura kuzima.

Mukomezwe
28/09/2021

Mukomezwe

31/03/2021

Nimurondere uhoraho bigishoboka kwabonwa

Mahoro neza bakundwa. Dufashe akanya ko gushimira Yesu ukuntu yabanye natwe mwikanisa ryambere ryabereye mububwiriza bwa...
28/02/2020

Mahoro neza bakundwa. Dufashe akanya ko gushimira Yesu ukuntu yabanye natwe mwikanisa ryambere ryabereye mububwiriza bwa gitunda Imana yarahabaye turanezerwa. Yesu nushimwe

28/02/2020
ndabaramukije mwese
08/09/2019

ndabaramukije mwese

09/10/2017
09/10/2017

Imana Yakoze Neza Ibidutangaza Abantu Bo Mur'iy'Isi Batamenye Namba...

Address

Bujumbura

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Abakunzi B' Ishengero Rya Pantecôte Nyanza-lac,ishure Rya Gitunda posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Place Of Worship

Send a message to Abakunzi B' Ishengero Rya Pantecôte Nyanza-lac,ishure Rya Gitunda:

Share