Umuco Magazine

Umuco Magazine Objectif que tout le monde sache la bonne nouvelle
Gospel news et promouvoir la musique gospel

✨SHALOM BAKUNDWA MURATUMIWE!✨Ntimucikwe muribi bihe bidasanzwe vyitiriwe  , kizoba kirimwo ugusenga kwuzuye, n’ijambo ry...
30/10/2025

✨SHALOM BAKUNDWA MURATUMIWE!✨

Ntimucikwe muribi bihe bidasanzwe vyitiriwe , kizoba kirimwo ugusenga kwuzuye, n’ijambo ry’Imana rizohindura ubuzima bwawe!

🗓 Itariki: Kuruyu wa gatanu le31/10/ 2025
🕙 Isaha: 22h00 – 06h00 (Overnight)
📍 Adresse : Christ’s Authentic Church – Mutanga Nord (haruguru ya Hopital Militaire, Avenue Ngozi No. 23)

🎤 Abavugabutumwa:
– Pastor IREBE
– Pastor STANLEY NIYONGABO
– Apostle JULIO B.

🎶 Abahimbaji:
Jessica, Chris M., Fleury, Chalom hamwe n'umurwi Authentic Worship Team n’abagenzi babo Abanazari.

Ijambo ry’Imana, gusenga, guhimbaza n’ivyiza vy’Imana vyose bizoba Murico kibanza Kazeee cane!!!

🕊️ AGAPE FELLOWSHIP CHURCH BURUNDI  Irabatumiye mu misi itatu y’amasengesho n’ugusenga. ✨ “Imisi y’ugusubira gufatana n’...
10/10/2025

🕊️ AGAPE FELLOWSHIP CHURCH BURUNDI
Irabatumiye mu misi itatu y’amasengesho n’ugusenga.

✨ “Imisi y’ugusubira gufatana n’Imana, kuronka gukomeza umwuka no gushira imbere ingoma yayo mu buzima bwacu.”

📅 Itariki : kuva ku wa 9 gushika ku wa 11 Gitugutu
🕓 Amasaha: 16h00–19h00 (isaha cumi z’umugoroba gushika isaha imwe z’ijoro)
📍 Aho bizobera: Kamenge Q. Songa, 9ème Avenue, Zero ya gatatu

🌟 Imana igutumiye!, ntucikwe n’ico gihe cera.
Murahawe ikaze mwese mw' izina rya Yesu!

31/07/2025
⭕ JEUDI SPECIAL ⭕ JEUDI SPECIALMurahawe ikaze mubihe vyoguhimbaza no gutazira ImanaMore details👇👇👇
22/04/2025

⭕ JEUDI SPECIAL ⭕ JEUDI SPECIAL
Murahawe ikaze mubihe vyoguhimbaza no gutazira Imana


More details👇👇👇

    ngo : "Si bose bagirirwa ubuntu bwokubana n'Abayosuwa mu ntango.Bayosuwa baba bazi ingene ibintu vyatanguye mu ntang...
04/03/2025


ngo : "Si bose bagirirwa ubuntu bwokubana n'Abayosuwa mu ntango.
Bayosuwa baba bazi ingene ibintu vyatanguye mu ntango
Bayosuwa baba bazi ubutumwa Mose yigisha mu ntango
Bayosuwa baba baracanye na Mose mu bugararwa
Bayosuwa baba barabonye igihugu c'isezerano imbere yokucinjiramwo
Bayosuwa baba bazi itandukaniro ry'Imana n'abayali.
Bayosuwa baba barize inzira z'Imana biciye muri Mose.
Bayosuwa batangurana urugendo na Mose uhereye muri Egiputa.
Bayosuwa bafise ubushobozi bwokugumiza imitima y'abantu k'Umana.

Yosuwa akiriho, abantu bagumye k'Uhoraho, no mu gihe cose c'abakuru basigaye Yosuwa amaze gupfa, abari barabonye ibikorwa vyose bihambaye Uhoraho yakoreye Abisirayeli.
Abacamanza 2:7

Mugenzi ugiriwe ubuntu ugahura na Yosuwa uze uce bugufi agucire agace, akwigishe uko ibintu vyatanguye kuko wewe wabifatiye hagati inyigisho za Bayali zaravyimvanzemwo.

Hanyuma ab' urwo runganwe bose na bo barapfa, bahamvya ababo; bakurikirwa n'urundi runganwe, abo bo bakura batazi Uhoraho, canke ngo bamenye igikorwa yakoreye Abisirayeli.
Abacamanza 2:10

Inkebuzo: iki n'igihe cokubungabunga Bayosuwa absence yabo yodukwegera akarambaraye mu vyizerwa.

Maz' Abisirayeli bakora ivyo Uhoraho abona kw ari bibi, basaba za Bayali;
Abacamanza 2:11

 SANDAY SPECIAL SERVICE ni programme mwateguriwe na   muratumiwe mwese. MWARAHEZAGIWE
31/01/2025


SANDAY SPECIAL SERVICE ni programme mwateguriwe na muratumiwe mwese. MWARAHEZAGIWE

 👑🍿👑🍿👑🍿👑🍿 𝐈𝐒𝐀𝐁𝐔𝐊𝐔𝐑𝐔 𝐑𝐘𝐈𝐙𝐀 𝐊𝐔 𝐌𝐖𝐀𝐍𝐃𝐈𝐓𝐒𝐈 𝐖'𝐈𝐍𝐃𝐈𝐑𝐈𝐌𝐁𝐎 "𝐈𝐂𝐀𝐊𝐀" 𝐘𝐈𝐓𝐖𝐀  .𝐔𝐌𝐔𝐂𝐎 𝐌𝐀𝐆𝐀𝐙𝐈𝐍𝐄 𝐓𝐮𝐦𝐰𝐢𝐩𝐡𝐮𝐫𝐢𝐣𝐞 𝐢𝐬𝐚𝐛𝐮𝐤𝐮𝐫𝐮 𝐫𝐲𝐢𝐳𝐚 𝐫𝐲'𝐚𝐦𝐚𝐯𝐮𝐤...
26/11/2024


👑🍿👑🍿👑🍿👑🍿 𝐈𝐒𝐀𝐁𝐔𝐊𝐔𝐑𝐔 𝐑𝐘𝐈𝐙𝐀 𝐊𝐔 𝐌𝐖𝐀𝐍𝐃𝐈𝐓𝐒𝐈 𝐖'𝐈𝐍𝐃𝐈𝐑𝐈𝐌𝐁𝐎 "𝐈𝐂𝐀𝐊𝐀" 𝐘𝐈𝐓𝐖𝐀 .

𝐔𝐌𝐔𝐂𝐎 𝐌𝐀𝐆𝐀𝐙𝐈𝐍𝐄 𝐓𝐮𝐦𝐰𝐢𝐩𝐡𝐮𝐫𝐢𝐣𝐞 𝐢𝐬𝐚𝐛𝐮𝐤𝐮𝐫𝐮 𝐫𝐲𝐢𝐳𝐚 𝐫𝐲'𝐚𝐦𝐚𝐯𝐮𝐤𝐨 𝐈𝐦𝐚𝐧𝐚 𝐈𝐬𝐡𝐢𝐬𝐡𝐢𝐤𝐚𝐫𝐞 𝐤𝐮 𝐦𝐮𝐤𝐨𝐫𝐞𝐬𝐡𝐞 𝐈𝐯𝐲'𝐮𝐛𝐮𝐡𝐢𝐳𝐢.

12/11/2024


arabatumiye mu gikorane " Women of Faith & Testimonies" ( Umugore yizeye n"Intahe") Nkuko mubizi kwizera gukurikirwa n'intahe.
Itariki:17/11/2024
Isaha : Sacenda
Ikibanza : New Creation Church

M.N New Creation Church Irongowe na
MUKENYEZI KAZE MU BIHE BIDASANZWE

11/11/2024


ejo haheze yagaragaye ari GUSENGERWA mu Rushengero Rurongowe Na umwana mu vyizerwa wa

Harmoize yavuze ko yafashijwe n'inyigisho zuwo mukozi w'Imana kandi yagiye avuze ko azogaruka.

 Pastor Samuel NISHIMWE agira ati:" Shalom nagomba mfate uno mwanya ntumire umuntu wese muriki gikorano. Abarushe n'aban...
11/11/2024


Pastor Samuel NISHIMWE agira ati:" Shalom nagomba mfate uno mwanya ntumire umuntu wese muriki gikorano. Abarushe n'abanyotewe Yesu niwe muti." Mwarahezagiwe
Ni 15/11/2024 à 17h
NTUZOKORE IKOSA RYO KUZA WENYENE.

Address

Bujumbura

Telephone

+25775647216

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Umuco Magazine posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Place Of Worship

Send a message to Umuco Magazine:

Share