Église Maranatha Pentecôte kinama

Église Maranatha Pentecôte kinama Dieu est pour nous le soutien de toute situation

Amasanamu yaranze amakoraniro yo mukinama le 17/05/2026
18/05/2026

Amasanamu yaranze amakoraniro yo mukinama le 17/05/2026

18/05/2026

Niwunve iri jambo 🙏

17/05/2026
15/05/2026

Sikia neno hili

Amasengesho yabakozi b’Imana yabereye mukinama
15/05/2026

Amasengesho yabakozi b’Imana yabereye mukinama

Karibu sana Kaze cane Mu Gatumba adresse : Wururutse bus ucukatira kurya Brigade nihafi yimva zabanyamulenge
13/05/2026

Karibu sana Kaze cane Mu Gatumba
adresse : Wururutse bus ucukatira kurya Brigade nihafi yimva zabanyamulenge

🌟 Igihe c’Imana Nticigera Gihusha 🌟Hari igihe umuntu asenga cane ariko akabona inyishu itebagiye kuza, agatangura kwiheb...
13/05/2026

🌟 Igihe c’Imana Nticigera Gihusha 🌟
Hari igihe umuntu asenga cane ariko akabona inyishu itebagiye kuza, agatangura kwihebura canke kwibaza ko Imana yamwibagiye. Ariko ukuri ni uko Imana yumva amasengesho yose, kandi igira igihe cayo ciza co gukora ibintu. 🙏
Ico umuntu asabwa si ugucika intege, ahubwo ni ukwizera no kwihangana. Iyo Imana itaraguha ico wayisavye ubwo nyene, ntiba ari uko yakwimye, ahubwo iba iriko irategura igihe kibereye kuruta ico wiyumvira. ⏳✨
🕊️ Imana yumva amarira yawe
💡 Imana ibona ingorane urimwo
❤️ Kandi ntizokwigera iguta
Niwagumya ukwizera no kuyishimira, igihe cayo nicagera, izogukorera ibirenze ivyo wari witeze. 🙌

12/05/2026

Hi ninyimbo ilio imbwa nawatoto wadogo wakanisa letu pa kinama
It’s very emotional 🥲

Uku niko vyari vyifashe mugikorane mu Rubirizi
11/05/2026

Uku niko vyari vyifashe mugikorane mu Rubirizi

11/05/2026

Iyindirimbo yaririmbwe nabakozi b’Imana

Address

Kinama Bubanza Rue 20 , Nº27
Bujumbura

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Église Maranatha Pentecôte kinama posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Place Of Worship

Send a message to Église Maranatha Pentecôte kinama:

Share