Martureo Life

Martureo Life martureo life🔥🔥🔥
Missionary work🔥🔥🔥
Joshua Generation Ministries ,🪖🔥🔥 martureo life in christ

Oh là là, regarde comme c’était beau 😍😍 Un dernier culte de l’année rempli de louange, d’amour et de reconnaissance pour...
20/12/2025

Oh là là, regarde comme c’était beau 😍😍
Un dernier culte de l’année rempli de louange, d’amour et de reconnaissance pour chaque grâce, chaque leçon et chaque victoire.
Dieu a été fidèle du début jusqu’à la fin 🥰
À Lui soit la gloire 🥰🥰

22/11/2025

🔥🔥🔥🔥

Hallelujah hallelujah mbega Ibihe mbega ibihe🔥🔥🔥🔥karibu cane uyumusi  turaza kuba turi mubihe bidasanzwe“Naranezerewe ha...
13/11/2025

Hallelujah hallelujah mbega Ibihe mbega ibihe🔥🔥🔥🔥karibu cane uyumusi turaza kuba turi mubihe bidasanzwe“Naranezerewe hamwe bambgira,
Bati Tugende tuje mu ngoro y'Uhoraho”.
Ibutsa wamugenzi wawe watumira ntasibe mumakoraniro yuyumusi harumunezero udasanzwe mungoro yuhoraho dutumire kugira tuwusangire nabandi🥰🥰🥰

MWARAHEZAGIWE CANE🦅

'S_GENERATION🦅
🦅
🙅🏽‍♂️
🔥

Ndabizi umwaka wose murindiriye nimuremure😊 Ariko  SCHEKINAH EVENT – ÉDITION YA 5 iragarutse kuyindi ncuro yindi🥰🥰Ufise ...
09/11/2025

Ndabizi umwaka wose murindiriye nimuremure😊
Ariko SCHEKINAH EVENT – ÉDITION YA 5 iragarutse kuyindi ncuro yindi🥰🥰
Ufise inyota yo kuronka ibirenze?
Uyu niwo mwanya wo kuronka urugero rushasha rwo kuba mukibanza IMANA Igushakamwo.
Ku matariki ya 22 na 23 Munyonyo 2025, SCHEKINAH EVENT ibateguriye imisi ibiri yuguhabwa inkomezi guhindurwa no kuba mubwiza bwayo🔥
Ntuze uze wenyene 😊
Zana umutima wawe witeze n’ukwizera kwawe kwuzuye.
kuko ino ncuro IMANA yaguteguriye ikintu kidasanzwe.
IMANA iracakora
Bwira abagenzi bawe babwire abagenzi babo, imiryango yabo n’ababanyi babo ko SCHEKINAH EVENT – ÉDITION YA 5 isubiye kugaruka, kandi ko badakwiye gusiba ibihe nkivyo bidasanzwe🥰🥰

'S_GENERATION🦅
🦅
🙅🏽‍♂️
🔥

Hallelujah hallelujah mbega ibihe bidasanzwe Mpwemu yera yaduteguriye🔥🔥🔥  ni kuvuhishwa ku magufa  yumye  sinzi Ivyumye ...
23/10/2025

Hallelujah hallelujah mbega ibihe bidasanzwe Mpwemu yera yaduteguriye🔥🔥🔥 ni kuvuhishwa ku magufa yumye sinzi Ivyumye m'ubuzima bwawe umwami arabihindura ingabo zikomeye uno munsi ntukore ikosa ryo gusibaaa🔥🔥🔥🔥🔥 Uno munsi Mpwemu yera azoba ariko akorera abera biwe

MWARAHEZAGIWE CANE🦅

'S_GENERATION🦅
🦅
🙅🏽‍♂️
🔥

Hallelujah Hallelujah Hallelujah 🥳🥳🥳 Umwami yaduteguriye ibindi bihe bidasanzwe Cane 🔥🔥 ni ku musi wa kane(EJO)ntukore i...
08/10/2025

Hallelujah Hallelujah Hallelujah 🥳🥳🥳 Umwami yaduteguriye ibindi bihe bidasanzwe Cane 🔥🔥 ni ku musi wa kane(EJO)ntukore ikosa ryo gusibaaaa ntiwibagire gutumira karibu cane

MWARAHEZAGIWE CANE🦅

'S_GENERATION🦅
🦅
🙅🏽‍♂️
🔥

J’aimerais vous demander… si vous n’étiez pas là jeudi passé, vous étiez où ? 😄Parce que vous avez vraiment manqué un mo...
08/10/2025

J’aimerais vous demander… si vous n’étiez pas là jeudi passé, vous étiez où ? 😄Parce que vous avez vraiment manqué un moment incroyable dans la présence de DIEU 😊
Regardez par vous-mêmes , la vidéo en parle ☺️la louange, la prière, la Parole… tout y était.

Mais nous avons une bonne nouvelle pour vous 😊
Demain à 17h, on remet ça🥳🥳🥳
Venez vivre une atmosphère remplie de joie, de foi et de puissance. Ne laissez personne vous le raconter venez le vivre vous-mêmes et voyez ce que DIEU fait parmi nous 💫
Et surtout, n’oubliez pas d’inviter un ami , ne venez pas seul, partagez cette grâce✨

'S_GENERATION🦅
🦅
🙅🏽‍♂️
🔥

Shalom shalom family nizere yuko mu meze nezaaa  hama nagomba kubibutsa ko kumusi wa kane dufise amakoraniro yacu please...
01/10/2025

Shalom shalom family nizere yuko mu meze nezaaa hama nagomba kubibutsa ko kumusi wa kane dufise amakoraniro yacu please don't miss !!! tuzoba turiko turiga kubijanye n’amabanga y’IMIRYANGO YUGURUYE🌁 Tuzoba mubihe bidasanzwe Cane goseeee tangura utumire ntuze wizanane🔥🔥🔥🔥
NIMBA UZOBANA NATWE INO JEUDI NDASHAKA WATURANE NANJE ATI IMIRYANGO Y’IVYANJE IRUGURUYE*🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥

'S_GENERATION🦅
🦅
🙅🏽‍♂️
🔥

Address

Musaga, Kinanira
Bujumbura

Telephone

+25762425469

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Martureo Life posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share