Great Light Choir/EEA Rohero

Great Light Choir/EEA Rohero Great Light Choir is a Christian Youth Choir in the Evangelical Friends Church of Burundi. Mat5:14-16

Salut la famille🙌Twizera ko aho muri mumerewe neza🤗  ibipfurije kugira indwi nziza yo kunezerezwa n'Imana❤
31/08/2026

Salut la famille🙌
Twizera ko aho muri mumerewe neza🤗

ibipfurije kugira indwi nziza yo kunezerezwa n'Imana❤

 's Musicians🎹🎸🥁🎧💻  tubipfurije kugira umusi mwiza 🥰
27/08/2026

's Musicians🎹🎸🥁🎧💻

tubipfurije kugira umusi mwiza 🥰

🙌🙌Nah' umusukoni utoshurika, Canke n'imizabibu ngw igire ico yama, N'icimburo c'imyelayo kikabura, N'imirima ntiyere ind...
21/08/2026

🙌🙌Nah' umusukoni utoshurika, Canke n'imizabibu ngw igire ico yama, N'icimburo c'imyelayo kikabura, N'imirima ntiyere indya na mba, N'umukuku ugahenebera mu ruhongore, Ntihabe hakigira n'inka mu rugo: Na ho nyene jewe nzonezererwa Uhoraho, Mpimbarwe n'Imana y'agakiza kanje.

Habakuki 3:17-18

Twame Imana yo Ari agakiza kacu❤️

🎉🎉💃 Retour en images  🥳Merci seigneur 🙌Merci beaucoup nos invités    vous remercions tous d'être venus nous soutenir ❤️
17/08/2026

🎉🎉💃 Retour en images
🥳

Merci seigneur 🙌
Merci beaucoup nos invités

vous remercions tous d'être venus nous soutenir ❤️

12/08/2026

Muhawe ikaze mwese🎉🎉🙌

🙌🙌Ariko tuzi yuk' umuntu adatsindanishirizwa n'ibikorwa bishinzwe n'ivyagezwe, arikw atsindanishirizwa no kwizera Yesu K...
10/08/2026

🙌🙌Ariko tuzi yuk' umuntu adatsindanishirizwa n'ibikorwa bishinzwe n'ivyagezwe, arikw atsindanishirizwa no kwizera Yesu Kristo. Natwe twizeye Kristo Yesu, ngo Kristo kube ari kwo kudutsindanishiriza, atar' ibikorwa bishinzwe n'ivyagezwe; kukw ata muntu atsindanishirizwa n'ibikorwa bishinzwe n'ivyagezwe.

Ab'i Galatiya 2:16

ibipfurije kuzogira indwi nziza ❤️

le 16/8/2026 iyindwi nyene tuze duhurire kuri Eglise Évangélique des Amis mwirohero 15h Duhimbaze IMANA

Soyez les bienvenus ❤️

Merci beaucoup  ❤️Iyi tariki muhawe ikaze muze duhimbaze Imana
03/08/2026

Merci beaucoup ❤️
Iyi tariki muhawe ikaze muze duhimbaze Imana

🎶 yo mw'Ishengero Mvugabutumwa ry'Abagenzi mw'i Rohero baduteguriye . 🙌

Hari abadukurikirana hano bari mu Gisagara ca Bujumbura? 👀

Aha hantu nta gusiba! Turindiranye umunezero mwinshi. Twese tuzohurire hamwe kugira dusangire ibihe vyiza mu guhimbaza Imana. ❤️🙏

Itariki ya 16/8/2026 🥳🥳🥳Tubahaye ikaze kuri EEA Rohero muri concert yitiriwe  Yateguwe n'a  🎉Abatumire:  yo muri EEA Kam...
03/08/2026

Itariki ya 16/8/2026 🥳🥳🥳

Tubahaye ikaze kuri EEA Rohero
muri concert yitiriwe

Yateguwe n'a 🎉

Abatumire: yo muri EEA Kamenge

Tubahaye ikaze mwise mwivyo bihe vyiza vyo Guhimbaaza no Gutazira IMANA 💃🎉❤️

Address

Bujumbura
1198BUJUMBURA

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Great Light Choir/EEA Rohero posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share