30/08/2020
Chorale 's King kuruy'Uwimana igenekerezo rya 30 / 8/2020 batugejejeko ubutumwa mundirimbo yabo batubwira ukungene yatumwe n'Imana Inenewe maze acahungira Itarushishi,arimunzira ahunga amirwa n' maze arumaramwo imisi itatu.Mukundwa mubuzima bwaburimusi ic'Imana izoza irakubwira uzugikore kuko Imana ntihungwa@