Wesleyan Church Burundi

Wesleyan Church  Burundi Relige

πŸ”₯πŸ”₯πŸ”₯πŸ”₯πŸ”₯πŸ”₯πŸ”₯πŸ”₯ 'AMASHIMWEmwarakoze kubana natwe muhezagirwe gooseUnomwaka ubabere uw'imigisha mumpande zose
03/01/2023

πŸ”₯πŸ”₯πŸ”₯πŸ”₯πŸ”₯πŸ”₯πŸ”₯πŸ”₯
'AMASHIMWE

mwarakoze kubana natwe muhezagirwe goose

Unomwaka ubabere uw'imigisha mumpande zose

 Dufashe Kano kanya dushimira abantu mwese mwashoboye kubana natwe mubihe vy ' amashimwe  , twongera twipfuriza umwaka m...
01/01/2023



Dufashe Kano kanya dushimira abantu mwese mwashoboye kubana natwe mubihe vy ' amashimwe , twongera twipfuriza umwaka mwiza buri muntu wese .

Uzobabere uwo gukunda Imana , uw'amagara meza, uw'Imigisha.....

2023 umwaka mwiza

30/12/2022

πŸ”₯

NIGHT OF WORSHIPπŸ”₯Ncuti bakunzi b'Imana kandi bacu , EGLISE WESLEYENNE turi n'iteka ryo kubatumira mugiteramo twitiriye  ...
30/12/2022

NIGHT OF WORSHIPπŸ”₯

Ncuti bakunzi b'Imana kandi bacu , EGLISE WESLEYENNE turi n'iteka ryo kubatumira mugiteramo twitiriye (NIGHT OF WORSHIP)

Azoba arakaryo keza ko kurangiza umwaka no gutangura umwaka mushasha turi imbere y'Imana dushima twongera turirimba kandi dusenga.

Bikazobera muri , iri mu mirango1, 14Γ©m Av mu kamenge , haruguru yaho bita kwa Ndamama.

Bikazoba igenekerezo rya 31/12/2022-2023

Bikazotangura kuva igihe c'isaha zitatu z'ijoro (21H000) birangire isaha cumi na zibiri z'igitondo (06H00)

Tukaba tubahaye ikaze mwese atawuvuyemwo kugira muze mubane natwe mwivyo bihe vy'Amashimwe.

Muhezagirwe.

Muhawe ikaze le 26/10/2022 aho umurwi woguhimbaza nogutazira Delivers worship womuri Γ©glise wesleyenne wabateguriye loua...
19/10/2022

Muhawe ikaze le 26/10/2022 aho umurwi woguhimbaza nogutazira Delivers worship womuri Γ©glise wesleyenne wabateguriye louange et adoration muhawe ikaze πŸ™πŸ½πŸ™πŸ½πŸ™πŸ½

Komera cane Pasteur wacu Imana iguhezagire πŸ™πŸ™
09/10/2022

Komera cane Pasteur wacu Imana iguhezagire πŸ™πŸ™

ibihe vyari vyiza vyokwimika Aba Pasteur Imana ibakomeze mumurimo wayo
09/10/2022

ibihe vyari vyiza vyokwimika Aba Pasteur Imana ibakomeze mumurimo wayo

😍😍
09/10/2022

😍😍

Γ‰glise wesleyenne sunday mod πŸ˜πŸ€—πŸ€—πŸ€—
09/10/2022

Γ‰glise wesleyenne sunday mod πŸ˜πŸ€—πŸ€—πŸ€—

Yesu Kristo ahezagire ibikorwa vy'amaboko yanyu
13/06/2022

Yesu Kristo ahezagire ibikorwa vy'amaboko yanyu

Umusi mwiza kuri mwese
13/06/2022

Umusi mwiza kuri mwese

Address

9Γ¨me Av
Bujumbura

Telephone

+25779990013

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Wesleyan Church Burundi posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share